12/04/2026
Urikino rukaba rurangiye kuntsinzi ya Bumamuru fc aho yinjije ibitsindo 2 kuri 1 ca Bg Green Maze
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bumamuru Football Club, Sports Team, Buganda.
Whatsapp:https://whatsapp.com/channel/0029VbB6zaeKmCPOx247DH42
Nom Complet : Bumamuru Football Club
Surnoms : Les Verts Blancs
Stade : Urunani
Palmarès Principal :
✓Championnat du Burundi 🏆
✓Coupe du président 🏆🏆
12/04/2026
Urikino rukaba rurangiye kuntsinzi ya Bumamuru fc aho yinjije ibitsindo 2 kuri 1 ca Bg Green Maze
06/04/2026
Imyimenyerezo irabandanya kubakinyi b'umugwi wa Bumamuru Fc aho yiteguriye urukino izotana mumitwe numugwi wa Muzinga Fc mugikombe c'Umukuru w'Igihugu ruzoba kumunsi wa gatatu kukibuga Intwari igihe c'isaha icenda (15h00)
02/04/2026
Mugikombe c' umukuru w'igihugu
urukino rurangiye
Academy Ubumwe 2_3 Bumamuru Fc
01/04/2026
Umukinyi winyuma azwi kwizina rya NDAYISHIMIYE Yahaya yambara inimero 21 mumugongo w'umugwi wa Bumamuru Fc nyuma yurukino aheruka rwa Garage Express ubu akaba akitswe namagara bitamworoheye nagato kwivuriro rya Roi David
21/03/2026
Amwe mumasanamu yurukino rwaraye ruhuje umugwi wa Bumamuru Fc na Kayanza United mugihe rwarangiye bose banganije 1_1
19/03/2026
Next Match
Bumamuru Fc vs Kayanza United
Vandredi Le 20/03/2026
a 15H00 Urunani Stadium
16/03/2026
Amwe mumasanamu yurukino Aho umugwi wa Garage wariko utana mumitwe numugwi wa Bumamuru Fc aho vyarangiy ari Garage Express 1-0 Bumamuru Fc
12/03/2026
FT
Bumamuru Fc 2-3 BD Dynamik
10/03/2026
Next Match
Bumamuru Fc vs BS Dynamik
Jeudi le 12/03/2026
a 15h45' Urunani Stadium
09/03/2026
Bamwe mubarongozi bahoze mumugwi wa Bumamuru Fc nabafana b'intamuheba bari bishikiye kukibuga Intwari ngo bashigikire umugwi wabo
08/03/2026
Amwe mumasanamu Yurukino Umugwi wa Muzinga Fc aho wari wakiriye umugwi wa Bumamuru Fc aho rwarangiye bose banganije
Muzinga fc 2-2 Bumamuru Fc
08/03/2026
Match Day
Muzinga fc vs Bumamuru Fc
Dimanche le 08/03/2026
15h00 ' Intwari Stadium