Tigre noir thewarriors

Tigre noir thewarriors

Share

Sport news

02/02/2026

🔵 Tayari !!!!!!!!! Jean Claude igirumugisha ariwe mutazira Musauza ibiganiro vyo kumugura vyatanguye ubu tuvugana ari munzira zo gusinya muri Fc Barcelona wa musore wacu wi Burundi 🇧🇮 ✅️

⏩️ Mbega vyiza mumupira wino iwacu mu Burundi ivyo vyose biriko bikorwa na agent El Maëslø Burundi hamwe na Agent Deco wa Fc Barcelona ngo hamwe Barça yo ramuka imuguze yo shikira muri Barça yabakiri bato ✅️

🛎 Bivugwa na : Agent Maëslø Burundi ✅️

Français:

Voici la traduction en français 🇫🇷👇

🔵🔴OFFICIEL: Jean-Claude Igirumugisha est le joueur concerné. Les négociations pour son transfert ont officiellement commencé et, à l’heure actuelle, nous sommes en bonne voie vers une signature au FC Barcelona pour notre jeune talent burundais 🇧🇮 ✅️

⏩️ Quelle excellente nouvelle pour le football burundais !
Toutes ces démarches sont menées par l’agent El Maëslø Burundi en collaboration avec l’agent Deco du FC Barcelona. Si le Barça finalise son recrutement, le joueur rejoindra les équipes de jeunes du FC Barcelona ✅️

Source : Agent Maëslø Burundi

Anglais:

Here is the English translation 🇬🇧👇

🔵🔴OFFICIEL
Jean-Claude Igirumugisha is the player concerned. Negotiations for his transfer have officially begun, and as we speak, everything is on the right track toward signing with FC Barcelona for our young Burundian talent 🇧🇮 ✅️

⏩️ What great news for football in Burundi!
All these steps are being handled by Agent El Maëslø Burundi in collaboration with FC Barcelona’s agent Deco. If Barça complete the deal, the player will join FC Barcelona’s youth teams ✅️

🛎 Reported by: Agent Maëslø Burundi




31/01/2026

⚽ Mudau yari umukinyi mwiza kuri numéro 2 muri Africa imbere y'uko ahura na Musauza 🥵😂

No muri Afcon ntamukinyu yigeze amukorera nkivyo musauza yaraye amukoreye.

Jean Claude Girumugisha 🥵

31/01/2026

lamine yamal

31/01/2026

MOSSI✨🤍💙

31/01/2026

Mario Ballotelli

31/01/2026

Estevao willians✨

Photos from Tigre noir thewarriors's post 31/01/2026

Girumugisha Jean Claude

30/01/2026

HERE WE GO: Real Madrid izohura na Benifica muri match barrage.

22/01/2026

met Vu, seulement 😂😂
Atasaaaa😢😢😅😅

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Address

Bujumbura