23/06/2025
๐ผโฝ๏ธMรชme coiffure
๐ผโฝ๏ธMรชme course
๐ผโฝ๏ธMรชme expression faciale
๐ผโฝ๏ธMรชme conduite de b***e
๐ผโฝ๏ธMรชme apparence physique
๐ผโฝ๏ธMรชme maniรจre de respirer
๐ผโฝ๏ธMรชme copine
๐ผโฝ๏ธMรชme mรชme
๐ผโฝ๏ธMรชme pรจre
๐ผโฝ๏ธMรชme mรจre
๐ผโฝ๏ธMรชme dribles
๐ผโฝ๏ธMรชme cรฉlรฉbrations
Le Real Madrid sโest fait arnaquer encore, le vrai Jude Bellingham est ร Dortmund !๐ญ๐ซฃ
20/06/2025
๐ต๐ฃFIFA igiye kugarukana igikombe ca Confederations Cup gihuza ibihugu biba vyaratwaye ibikombe mumigabane yavyo nigikombe cisi Ubu rero bahaye biyumvira KO Ubu igiye kuzoba kizoba kigizwe nibihugu 8
World Cup 2022: ๐ฆ๐ท Argentina โ
Euro 2024: ๐ช๐ธ Spain
Nations League: ๐ต๐น Portugal
Copa Amรฉrica: ๐จ๐ด* Colombia
Gold Cup: ๐ฒ๐ฝ Mexico
Asian Cup: ๐ถ๐ฆ Qatar
Africa Cup: ๐จ๐ฎ Ivory Coast
Nations Cup: ๐ณ๐ฟ New Zealand
*Colombia ntabwo ariyo yatwaye Copa America yatwaye na Argentine ariko Argentine kubera iharurwa mukibanza cuko yatwaye igikombe cisi Colombia bahuye muri Final izoca ihabwa ico kibanza
Inyuma yaho bahinduriye FIFA Word Clubs Cup ubunaho FIFA Confรฉdรฉration Cup igiye kugaruka mubundi buryo kandi kizoba buri nyuma yimyaka 4 FIFA izi kundadaza ibi vyose nikugira bahuze Messi na Cristiano Ronaldo naba Lamine Yamal kugira abantu nkabose bazocitabirire ๐
โ
N'OUBLIE PAS LES CODE PROMO DE 1XBET WHITE8
31/05/2025
๐ด๐ตUyu niwo bita Luis Fernรกndez yabajijwe ATI : Mbega nkahamwe PSG ejo yotwara igikombe ubona Dembรฉlรฉ atariwe mukinyi wambere ashobora kuzotahira Ballon d'Or ?
โฉLuis Fernรกndez cayishura ATI : Ooh gusa wibuke ko hariho abakinyi muri Barรงa bashobora nabo kuyitsindira, ubwambere na mbere hariho Lamine Yamal. Kandi jewe Lamine Yamal ndamukunda cane
โ
Barรงa
29/05/2025
๐ฃ๐ตChampions League Ubu tuvugana igikombe kiraye i Muchen
Champions League Final yitezwe Samedi kukibuga ca Bayern Muchen imirwi ibiri Inter Milan na PSG 21h00
Ubu tuvugana igikombe camaze kugera i Muchen kikaba caherekejwe na Legend Andres Iniesta wakniye Fc Barcelona
๐Amakuru yizewe muri page yacu
Mwibuke gukoresha code promo yacu ya 1xbet
WHITE8
29/05/2025
๐จ๐จ IBINTU TWOMENYA KW'IHIGANWA RYA LALIGA 2024-2025
Muri Espagne, Ihiganwa rikuru ry'igihugu ariryo LaLiga ryaraye riheze, ica mbere n'uko wari umwana wa 94 kuva LaLiga itanguye.
โ
Umugwi watwaye igikombe ca Laliga : FC Barcelone . Akaba yari igikombe kigira 28 ca LALIGA ๐โค๐
โ
Umugwi watwaye Copa Del Rey : FC Barcelona ๐
โ
Umugwi watwaye Supercoupe d'Espagne : FC Barcelone ๐
๐ ๐ซ๐ท Umukinyi yatsinze ibitsindo vyinshi muri LALIGA ni Kylian Mbappรฉ Lottin : 31 buts โฝ๏ธ
๐ฏ๐ช๐ธ Umukinyi yatanze imipira myinshi ivamwo ibitsindo muri LaLiga ni Lamine Yamal Nasraoui Ebana : 13 Passes dรฉcisives
๐งค Umunyezamu mwiza muri LaLiga ni : Jan Oblak
๐ Inkino zakinywe ni 380
โฝ๏ธ Ibitsindo vyinjiye ni 995 ( nukuvuga kohinjira ibitsindo 2,62 kuri buri rukino)
Imigwi izokina Ligue des champions ni :
1๏ธโฃ FC Barcelona
2๏ธโฃ Real Madrid C.F.
3๏ธโฃAtletico de Madrid
4๏ธโฃAthletic Club
5๏ธโฃVillarreal CF
Imigwi izokina Ligue Europa ni :
1๏ธโฃ Real Bรฉtis
2๏ธโฃ Celta Vigo
Umugwi uzokina Ligue confรฉrence ni :
1๏ธโฃ Rayo Vallecano
๐ซ Imigwi yakorotse ni :
1๏ธโฃ Leganรฉs
2๏ธโฃ Las Palmas
3๏ธโฃ Valladolid
๐ฅ Intsinzi nini yabonetse m'urukino umugwi wakiriye muhira niyi : Barcelone 7-0 Valladolid (31 aoรปt 2024)
๐ Intsinzi nini yabonetse m'urukino umugwi wasohotse hanze niyi : Valladolid 0-5 Atletico Madrid (30 novembre 2024)
โฝ๏ธ Urukino rwabonetsemwo ibitsindo vyinshi ni : Barcelone 7-1 Valence ( 26 janvier 2025) hamwe na Athletic Bilbao 7-1 Valladolid (23 fรฉvrier 2025).
๐ Umugwi wamaze Inkino nyinshi utsinda : Barcelone ( Inkino 9)
๐ Umugwi wamaze Inkino nyinshi udatsindwa : Barcelone ( Inkino 17)
๐ Umugwi wamaze Inkino nyinshi ata ntsinzi uronka : Valladolid ( Inkino 19 )
๐ Umugwi wamaze Inkino utsindwa wikurikiranya : Valladolid ( Inkino 12)
๐Ikibuga cabonetsemwo Abantu benshi m'urukino : Bernabรฉu. Abantu bashika 78 192 m'urukino rwa El Clรกsico Real Madrid itsindwa na FC Barcelona ibitsindo 0-4 (26 octobre 2024)
๐ Ikibuga cabonetsemwo abantu bake cane m'urukino :
29/05/2025
๐ฃ๐ตTayari Lionel Andrรฉs Messi na Luis Suรกrez ubu bafise ishure ryigisha umupira w'amaguru
Lionel Messi namugenziwe Messi bahisemwo kugira Acdemie yitwa "Deportivo LSM
Isanzwe ifise ekipe izoja muri SERIE D y'igikombe ca Uruguay ๐บ๐พ๐ฑโฝ๏ธ ๐
Luis Saurez na Messi bavyemeje kumugaragaro KO Ubu ari Acadรฉmie yaboโ
28/05/2025
๐จ ๐๐๐ฅ๐๐ ๐๐๐ก๐ญ๐๐ ๐ ๐ ๐ฅ๐๐ ๐ฃ๐ข๐ฅ๐ง๐ฬ ๐๐ ๐๐๐๐ ๐ฃ๐๐ข๐ก๐ก๐๐ง ๐๐๐ก๐ฆ ๐ง๐ข๐จ๐ฆ ๐๐๐ฆ ๐๐๐จ๐๐ฆ ๐ข๐จฬ ๐๐ ๐ ๐๐ข๐จ๐ฬ๐ฅ :
En effet Karim Benzema devient ce soir le joueur franรงais le plus titrรฉ de l'histoire ! ๐๐ซ๐ท
En Espagne il a remportรฉ Laliga avec le Real Madrid โ
๐
En France il a remportรฉ laLigue 1 avec Lyon โ
๐
Et ce soir Il vient de remporter le championnat saoudien avec Al Ittihad โ
๐โจ
๐๐ฬ๐๐๐ก๐๐ ๐ช๐ช
โ๏ธ๐ฉ๐ข๐ฆ ๐๐ฉ๐๐ฆ ๐๐ก ๐๐ข๐ ๐ ๐๐ก๐ง๐๐๐ฅ๐
๐๐๐ ๐๐ฅ ๐๐ ๐ฃ๐๐๐ ๐
N'Oublie pas d'utiliser le VODE PROMO SUR MON 1XBET "WHITE8"
28/05/2025
๐จLe FC Barcelone a sรฉcurisรฉ son avenir cette saison avec de multiples prolongations de contrat :
๐ฉ๐ช๐ Hansi Flick
๐ช๐ธ๐ Lamine Yamal
๐ช๐ธ Fermin Lopez
๐ช๐ธ Pau Victor
๐ช๐ธ Marc Bernal
๐ช๐ธ Gerard Martin
๐ช๐ธ Pau Cubarsi
๐ช๐ธ Inigo Martinez
๐ช๐ธ Gavi
๐ช๐ธ Pedri
๐ง๐ท Raphinha
๐บ๐พ Ronald Araujo
๐ต๐ฑ Robert Lewandowski (automatiquement prolongรฉ)
Eric Garcia ๐ช๐ธ et Jules Koundรฉ ๐ซ๐ท pourraient รชtre les prochains sur la liste des prolongations au Barรงa. ๐โค๏ธโ๏ธ
27/05/2025
Pour gagne beaucoup d'argent utiliser sur 1xbet le code promo "WHITE8"
27/05/2025
BREAKING ๐ด๐ต Inkuru MBI kuri Espagnol, NZIZA kuri FC Barcelona ๐ฑ๐ช๐ธ
Ikinyamakuru La SER canditse mur'ano majambo ngo : ยซ Joan Garcรญa yatanze EGO yiwe kukwinjira muri Barcelona.
Barรงa ushaka ko yoca abanza kujanwa muntizanyo muri Valence umwaka umwe, imbere yo guca awinjiramwo, kandi ntaco bimutwaye. ยป
Harindiriwe ko ibindi binyamakuru navyo bivyemeza, La SER cemeza ko uno munyezamu wa Espagnol we yiteguye gusinyira Barcelona.
25/05/2025
๐จ ๐๐ ๐๐ ๐๐๐ฅ๐๐๐๐ข๐ก๐ ๐ ๐โ๐๐ก๐ง๐๐ก๐ง๐๐ข๐ก ๐โ๐๐ฆ๐ฆ๐๐ฌ๐๐ฅ ๐๐ ๐ฆ๐๐๐ก๐๐ฅ ๐๐ ๐ฅ๐๐ง๐ข๐จ๐ฅ ๐๐ ๐๐๐ข๐ก๐๐ ๐ ๐๐ฆ๐ฆ๐ ๐๐ก ๐ฃ๐ฅร๐ง ๐๐๐ก๐ฆ ๐๐ ๐๐๐๐ฅ๐ ๐๐ ๐๐ ๐ค๐จ๐ ๐๐ฆ๐ง ๐ร๐๐ฅ๐๐ง ๐๐ข๐ ๐ ๐ ยซ ๐๐ ๐๐๐ฅ๐ก๐ร๐ฅ๐ ๐๐๐ก๐๐ ยป๐๐ณ๐ต๐ด
(๐๏ธvia journoJW)