AGAPE GYM CLUB

AGAPE GYM CLUB

Share

Salle de sport

21/12/2022

Agap Gym Siyubu Niyo Kuva Kera Mugutegura Amagara Meza Kubaba Bageze Muri Agape Gym Club Mbega Nawe Woba Wifuza Gusoma Kunturire Kuvyiza Bibera Muri Agape Gym...?? Urahawe Ikaze Kuva Kuwambere Gushika Kuwa Gatandatu

26/09/2022

Ntahandi Wogirira Gym Ukunva Umunezero Ni wose Nko Muri Agap Gym Ndabira nawe Ino Ambiance iba ihari N ๐Ÿ’ฏ Ndagutumirira Kuza Kuhagirira Gym

26/09/2022
22/09/2022

Muri Agape Sรฉance Ya Gym Iba Irimwo Ambiance Kubwa Coach Eric Ntako Atagira Mukwitaho Aba korera Gym Muri Agape Niwihere Ijisho Nawe Uko Biba Bimeze

17/09/2022

Iyo Bari Muhira Coach Eric Professionnel Aguma Ategura Umuryango W'iwe Nezaa Kurundi Rugera Kugira Baze Bakure Bafise Amagara Meza Mbe Coach Eric Professionnel Ivyo Akorera Famille Yiwe Wewe Woba Ubikorera Umuryango Wawe...?? Egera Muri Agap Gym Wironkere inyishu๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ’ฅ

24/08/2022

*Vive Sport Vive La Vie @
Best Coach Eric Professionnel ๐ŸŒŸ๐ŸŒŸ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Bancobu Inoti Hejuru Hejuru Cane ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ™

Photos from AGAPE GYM CLUB's post 24/08/2022

Agap Gym Iterambere Kumagara Yantu๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ

Photos from AGAPE GYM CLUB's post 23/08/2022

Imponjo Muramwe Mumasanamu Yokumunsi W'imana Aho Agape Gym Yifadikanije Na Bancobu Inoti Barakoze Marche Yariteye Igomwe Cane Ntako Coach Eric Professionnel Atagira Mugufasha Benshi Muku Nonora Imitsi ๐Ÿ™๐Ÿ‘Œ

16/08/2022

Agape Gym Irikumwe Na Coach Eric Professionnel Sunday Hari Ibidasanzwe Murahawe Ikaze Mukwiyandikisha Muciye Kuri Bancobu Inoti

28/07/2022

Munubu Tubandanya Twinonora Imitsi na Agape GYM Burimunsi Guhera Igiye Cisaha 18h Agape GYM Iri iruhande Ya Ambassade ya Congo Murahawe Ikaze Dufise Coach Eric Professionnel ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐ŸŒŸโ˜‘๏ธ๐Ÿ™

20/07/2022

Mwebwe Mwifuza Gutegura Kazoza Kumugara Yanyu Ntahandi Mworonka Umu Coach Ari Professionnel Nka Coach Eric Murahawe Ikaze Burimunsi Kuva Lundi -Vendredi Guhera 18h00 Hama Samedi Guhera 9h-11h N'a 11h-12h30 AGAPE GYM Ikorera Iruhande Ya Ambassade ya Congo Karibu Cane Twinonore Imitsi๐Ÿ’ฏ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ™

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address

Avenue De La RDC
Bujumbura