15/04/2026
🔵⚪Uku niko inkino zari zitegekanijwe kuri uno munsi igenekerezo rya 15 Ndamukiza 2026 mu gice ca kane gishira icanyuma mu gikombe citiriwe Umukuru w'Igihugu mu nkino zo gutangura zagenze.
CS Intore
15/04/2026
🔵⚪Uku niko inkino zari zitegekanijwe kuri uno munsi igenekerezo rya 15 Ndamukiza 2026 mu gice ca kane gishira icanyuma mu gikombe citiriwe Umukuru w'Igihugu mu nkino zo gutangura zagenze.
15/04/2026
Barayamaze nogo ingero y'umwana ipfa mumagodoka ntibabeshe
Wari mumigwi yariko yitwara neza kugeza kano kanya mu gikombe c'umukuru w'Igihigu ariko birangiye basheshe ubufu
Hari murukino rwa 1/4 gishira icanyuma mw'ihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'Igihugu aho umugwi wa Rocky city Nyanza waje gutsindwa na Rukinzo FC harimwo ibitsindo vyishi cane kandi oui
FT Rocky city Nyanza 0-7 Rukinzo FC
Ego nribiraranvira haracariho urukino rwo gusubiriza ariko ibitsindo 7 nivyishi kubigombora.
Tu mugwi ni muto ariko barakoze cane ndetse baranigaragaje kugera aho bageze uyu musi
Amahirwe masa kurukino rwo gusubiriza kuri Rocky city Nyanza
14/04/2026
ABAFANA B'UMURWI WA MUZE MUKANYA KUR'UNO WA KABIRI ISAHA ZITATU (21H) DUKURIKIRANE URUKINO AHO IZA KUBA IRIKO IRAKUBITA KUKIBUGA .
07/04/2026
Umugwi nserukiragihugu w’abigeme badashikana imyaka 17, Intamba mu Rugamba, wamaze gufata urugendo werekeza muri Malawi aho uzohurira n’uwo mugwi mu rukino rwa mbere rwo kurondera itike yo kuja mu Gikombe c’Isi.
📅 Urukino rwa mbere ruzoba kw’igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2026 muri Malawi, mu gihe urwo gusubiriza ruzobera i Bujumbura kuri Stade Intwari kw’igenekerezo rya 18 Ndamukukiza
đź’Ş
Turikumwe n’Intamba mu rugamba
04/04/2026
🇧🇮⚽ Officiel :Benshi tumuzi kw'izina rya ni mugihe amazina yiswe n'abavyeyi biwe ari aho yaraye yongeye gutera intambwe mumupira w'amaguru mukuronka uburenganzira bwo kuba umumenyereza w'imirwi yo mucicaro ca kabiri nayo mucicaro cambere akaba yoba icababa c'umumenyereza mukuru. Ivyo vyose akaba yaraye abish*tseko mugihe yaraye aronkejwe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri football.
â—ľN'umwe mubamenyereza beza tuzi ngaha i Ngozi (Butanyerera) ifise hambavu yokubandaya atezimbere urwaruka mukugwigisha umupira wamaguru.
Ngozi dushobora kuzoyibona muyindi shusho nshasha mur football mumisi irimbere kuko uyu Kigabo aje muzindi mbaraga aho wewe avugako Imana imuteye iteka ashaka kuba nka bamwe mubamenyereza bo mumirwi ikomeye bagiye baba ibihangange nka:Carlo Ancelotti yabaye umumenyereza wa Real Madrid,
Pep Guardiola umumenyereza wa Manchester City
Arne Slot umumenyereza wa Liverpool,
Diego Simeone umumenyereza wa Atlético Madrid,Hansi Flick wa FC Barcelone canke Vincent Kompany wa Bayern Münich.
â—ľAbanyengozi dukeze uyu mwigisha (coach) wa football kuko numwe mubariko batuma football y'ingozi iterimbere mukuramurira imirwi itandukanye
⚽⚽Mumirwi yagiye aramenyereza y' ingozi ndetse akaramurira n'imigwi myishi ya hano iwacu harimwo iyo mucicaro ca 1,2,3
âś…âś… Imwe mumigwi yagiye aracamwo harimwo
division
division
division
muri coupe du président Aho yaviriyemwo kur Round2 mumapenarite.
⚽⚽⚽N'akahe kajambo kamwe wobuzi kuri coach , canke umwipfuriza iki?
14/03/2026
Burundi-Education : Dès l’année scolaire 2026-2027, des internats seront ouverts en 7ᵉ année
À partir de l’année scolaire 2026-2027, des écoles à régime d’internat seront instaurées dès la 7ᵉ année fondamentale. L’annonce a été faite par le Ministre de l’Éducation nationale et de la Recherche scientifique, François Havyarimana, lors de sa visite dans les communes de Shombo et Karusi, ce vendredi 13 mars 2026, dans la province éducative de Gitega.
Les élèves admis dans ces internats seront sélectionnés parmi ceux ayant passé le test national de 6ᵉ année. Après la sélection des meilleurs qui intègrent les écoles d’excellence, d’autres élèves ayant obtenu de bons résultats seront orientés vers les internats, où ils seront hébergés et nourris par l’État.
Le ministre a invité les communes disposant d’infrastructures scolaires adéquates et remplissant les normes à demander l’autorisation d’ouvrir des internats. Il a également indiqué que 5 000 élèves supplémentaires ont été admis dans les internats durant l’année scolaire 2024-2025 et autant en 2025-2026, dans l’objectif d’améliorer les conditions d'apprentissage et le niveau des élèves.
13/03/2026
09/03/2026
09/03/2026
: Kuri uyu wa 4 Ntwarante 2026, ishirahamwe "Abagabo mu Gahinda" ryarandikiye ikete ryuguruye Sentare Ntahinyuzwa y'i . Muri iryo kete, iryo shirahamwe ryaratororokanije ingingo zitanu risaba iyo Sentare, hakabamwo gukuraho ingingo zose zituma umugore yahukanye agira ico atekererwa, guhagarika gutanga ivyitwa "ibirezo vy'abana", abana bagatorwa n'uwishoboye kubarera, hamwe no guhagarika ingingo ziha ububasha umugore bwo gukoza ico ashaka amatongo akomoka iwabo w'umugore, umugabo atabizi
📌 Iryo shirahamwe rirongera rikamenyesha ko abagore benshi basigaye bajana imanza zo gutandukana mu masentare kugira ngo batware itunga ry'umugabo biciye mu kugabura umushahara canke ivyo umugabo yarondeye
⚖️ Izo ngingo hamwe n'ibindi bisabo vy'abagabo mu gahinda, ziboneka muri iryo kete ryateweko igikumu, n'umukuru w'iryo shirahamwe, Boniface Nduwimana. Ni mu gihe bemeza ko mu kwezi kumwe n'imiburiburi, Sentare zo muri zica imanza zirenga 10, zerekeye ugutandukana hagati y'abubakanye
đź‘€ Ico gisabo uragishigikiye ga Musomyi we?
09/06/2024
FT Kenya 3-0 Burundi
đź”´ Intamba mu Rugamba z'abigeme batarenza imyaka 17 bahejeje gutsindwa na ibitsindo 3 ku 0 mu rukino rwa mbere rwo kurondera itike y'igikombe c'isi.
Uburundi bukaba bwari bwakiriye Kenya muri Ethiopie.
FT : Burundi 0-3 Kenya
Mubona hakiriho amahirwe Ku ntamba mu rugamba?
04/05/2024