Mr Reponse

Mr Reponse

Share

Enjoy yourself

01/09/2026

Goodnight love πŸ’•πŸ’• my followers

01/09/2026

πŸš¨πŸš¨πŸš¨πŸš¨πŸ”¦ umukobwa asanzwe aba kumutumba rubanda
Commune :rubanda
Umutumba:mugere
Aho bivugwa ko yarasanzwe atwite kandi akaba yasa nuwimirije kwibaruka
Ariko baja gutangara aboneka nkaho atagifise inda niko guca ahabwa igiti ati vuga iyo inda wayishize maze aca aremera ko yavyaye hama umwana amuta mwibini hama nabo baca baja kumwikurirayo hama baramumuha aramwoza
🧐So mbega aba bakobwa benabo ntagise kibafata kweli?
Hoho izo nguvu bazikurahe ?
Dangerous people 😭

01/09/2026

amaraso ya Yesu niyo sabuni nziza new song
link muri commentaire

31/08/2026

Yooo nikibumbano canke ninzoka nyayo sha jewe nohirukaπŸ€£πŸƒπŸƒπŸƒπŸƒ

31/08/2026

Good morning everybody

30/08/2026

I'm in dream

30/08/2026

Muze mubane akaramata bashaho
Ndiho ariho
Felix Reponse Niyonyishu

30/08/2026

Naho bamuzimirijeko amatara yarabacishijemwo ijisho tu
Ibaze
Microphone 🎀 yarayitwariye
Videographer niwe yimenye
Ikitibagiwe co nabatamvyi
Ngira naba MC yoba yagiye abijaniye
Visit Rwanda
Diamond Platnumz

30/08/2026

Let's go

30/08/2026

Tugira tubakubite ubutinyagaza ndavuga ba Matilda



FC Barcelona

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address

Bujumbura