Umva di Domitien NDAYIZEYE
Vivi journaliste
actu sports parceque les jeunes d'aujourd'hui aiment beaucoup les informations concernant les sports
01/04/2026
Ibihugu 6 navyo vayronse uburenganzira bwo gukina inkino zo kurondera uburenganzira bwo kwitabira inkino za nyuma z'igikombe ca Afrika harimwo n'igihugu c'uburundi.
Burundi
Ethiopie
Erythrée
Somalie
Sud Soudan
Lesotho
Abana batandatu nibo bari bitabiriye ihiganwa ryariko rya karaté ryariko rirabera mu gihugu ca , arongoye igisata c'ubuhinga aratwiganira ukwo ivyo bibondo vyigenje hamwe n'ivyo bavyitezeko muri kazoza.
Ivya Passport bimeze gute aho uherereye
27/02/2026
Nshimirimana Jean Claude ntakibarizwa muri Le Messager Ngozi
Inyuma yo kumara hafi Imyaka 3 mu mugwi Le Messager Ngozi, Jean Claude Ubu abarizwa mu mugwi Kayanza United,umwe mu bakinyi beza bakina kumpande kuri numéro 3 canke 2.
Journaliste
Abakunzi ba Real Madrid mwiyumva gute inyuma yo gusezerera Benefica
Vyamuviriyemwo ikarata y'umuhondo
18/02/2026
🚨 Prestianni umukinyi wa Benfica yasohoye itangazo kuri IG yiwe yagize ati:
"Nshaka gutanga umuco kuvyaraye bibaye, nta gitutsi nakimwe cerekeye amacakubiri afatiye k'urukoba natutse Vini Jr, nibaza ko yatahuye nabi kuvyo yibaza ko yumvise."
"Nta narimwe nigeze kuba umuntu w'amacakubiri. Mbabajwe n'inyifato y'abakinyi ba Real Madrid ingene bankubaguye."
18/02/2026
🚨 Thierry Henry:
“Sinkunda Real Madrid, ariko iri joro ndi Madridista.” 🤍❤️🩹
“Umwambaro Vinícius Júnior yambara ntukwiye kugira ico uhindura ngaha.
18/02/2026
🔴 🗣️ Kylian Mbappé : "Gianluca Prestianni wewe ntuzongera narimwe gukina inkino za Ligue des champions."
Ubwo Mbappé ivyo avuga vyoba arivyo?
Source [ Marca]
Click here to claim your Sponsored Listing.