Faith Burundi sports news
Welcome to Burundi's greatest home of sports, Faith Burundi sports news.
19/11/2024
Kumusi w'ejo Umugwi nserukira gihugu wa San Martino warinjije ibitsindo 3 kuncuro yambere mumateka yawo murukino batsinzemwo 3 kuri 1 umugwiwa Leicestein.
Uyo mugwi uri mukibanxa 210 kurutonde rwa FIFA, Ishirahamwe Uefa ryemeye kuwushira mucicaro ca 3 mw'ihiganwa rya Uefa Nations league.
19/11/2024
Brahim Diaz 🔥
17/09/2023
Umugwi nserukira gihugu wa Argentine umaze gukina inkino 49 mukiringo c'imwaka 4 ariko umaze gutsindwa urukino rumwe gusa. 🇦🇷🔥 respect🙏
17/09/2023
🚨FCBarcelona urigukurikiranira hafi ivyerekeye umukinyi Jadon Sancho wa Manchester United imbere yaho bibonekeyeko asigaye adahuza n'umumenyereza wa Manchester United Erik Ten Hag.🏴👀
17/09/2023
Full Time:
12/07/2023
Sat-b ubu abarizwa i Bujumbura🇧🇮🤝
12/07/2023
Umukinyi Marcelo Brozovic arageze mumugwi wa Al NASSR ubwambere, aho yaguzwe akuwe mumugwi wa Inter Milan.🔥
Cristiano Ronaldo ararose uwundi mukinyi azwi cane bazofashanya👀
11/07/2023
🚨🚨 Imbere y'aho asezereye nkumu légende wa Liverpool, Jordan Henderson arihafi kwemeranya ko yoja gukina m'umugwi wa Al- Ettifaq womuri Arabia Saudite, kuko ibiganiro bigeze kure.👀
11/07/2023
Brahim Diaz na Arda Guler Bari mumyimenyerezo ya Real Madrid.⚪
11/07/2023
⚪| Real Madrid ufise umugambi wokuzokwugurura ikibuga cawo gishasha Santiago Bernabeu uy'umwaka igenekerezo rya 14 Kigarama, cokimwe nigihe bugururura nyene icokibuga ca kera m'umwaka wa 1947.🚨🚨
Click here to claim your Sponsored Listing.