Imfura y'ubwa Nyaburunga

Imfura y'ubwa Nyaburunga

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Imfura y'ubwa Nyaburunga, Sport & recreation, Bujumbura.

18/07/2023

💙♥️Visca Barça ♥️💙

Umumenyereza Xavi Hernandez yatangajwe n'urugero umukinyi w'umunya Sénégal w'umwagarizi Mikaye baherutse kuzana muriyo équipe Aho akiri muto cane .

Ariko abakurikiranye imyimenyerezo yo kumunsi wejo,bemezako yitwaye neza Aho yakinana na Ronald ARAUJO akina mumutima wa défense kuruhande rw'i buryo,ntimuzotangare mubonye kumwaka uza ariwe akinana na ARAUJO,mbibutseko afise imyaka 18 gusa.

Photos from Imfura y'ubwa Nyaburunga's post 18/07/2023

💙♥️ Visca Barça♥️💙
Amakuru y'indani muri Barça kubakinyi basohoka.

Ibimenyeshamakuru vyi Catalogne vyamenyeshejeko ata mukinyi n'umwe biramenyekanako azosohoka ariko:
✔️Pablo torre agiye gutizwa muri équipe ya Gérone kugira akomeze kuzamura urwego mughe NICO Gonzalez baracarondera Aho bamutiza
✔️ Clément LENGLET aracarindiriyeko dosiye yiwe na Tottenham imutware burundu mugihe Alex Corrido agiye gukina muri Betis Séville
✔️Ez Abde azoguma mûri équipe bivanye nukuntu yitwaye mur ossasuna na CAN yabatarenze 23 mughe Sergino Dest agomba kwemeza umutoza mûri pré-saison barebeko bamugumana cnk bamuguza

🦧Uragomba kuguma uronka amakuru yose kumirwi ukunda ??gira Suivre kuriyi page🙏https://www.facebook.com/100094517481243/posts/115610311599551/?app=fbl

18/07/2023

"Christiano RONALDO yahumaganye"

Umukinyi karuhariwe yabiciye biracika biracika kumugabane wa Burayi ariko abarizwa Ubu kumugabane wa Asie mubanyabitoro mu murwi wa Al Nasser yaraye atangaje amagambo yabiciye biracika Aho yifatiye umupira kumugabane wa Burayi 🤣

Yagize ati:Narugaye imiryango kugusubira gukina i Burayi,ntabwo nzosubirayo gukina mu mirwi yaho, umupira w'iburayi waratakaje agaciro nakanovera uretse Premier League icihagazeko yonka.

Nuguruye imiryango muri Soudi arabia ndabonako n'abandi bakinyi bagiye guhurumbira iyi shampiyona y'abanya bitoro🌚

Saudi Pro League irakomeye gusumba MLS yo mûri amerika(shampiyona MESSI agiye gukinamwo)🤣😂😂😂

17/07/2023

🦅Intamba zacu🦅 Youssouf wacu♥️

Nkuko tubibona kurubuga rw'umukinyi w'Intamba mu Rugamba akaba akinira umurwi wa OGC Nice mu bufaransa,Uyo mukinyi ari mi rutonde rw'abakinyi 29 ba OGC Nice bagiye mu gihugu ca Espagne mumujibm wa Catalogne gutegura inkino za gicuti zokwitegurire shampionnat zigiye gutangura mukwezi kuza.

Uwo murwi wa OGC Nice ukaba ufitaniye urukino igenekerezo Rya 22 n'umurwi wa Montpellier

Reka twipfurize imyiteguro myiza umurundi wacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮

16/07/2023

😂Bumamuru FC💙

Mudufashe gukeza umusore wacu Kilongozi Bazombwa... yaraye ateye intambwe agakora ubugeni⚪💚

..."Tunakutakia nyumba yenye furaha, yenye amani na watoto wema"...

Abakinzi bacu mudufashe kumukeza..




Photos from Imfura y'ubwa Nyaburunga's post 16/07/2023

💙Bumamuru FC💙

Mudufashe gukeza umusore wacu Kilongozi Bazombwa... yaraye ateye intambwe agakora ubugeni⚪💚

..."Tunakutakia nyumba yenye furaha, yenye amani na watoto wema"...

Abakinzi bacu mudufashe kumukeza..




Photos from Imfura y'ubwa Nyaburunga's post 16/07/2023

💙♥️ FC Barcelone ♥️💙

Wa murwi w'abakunzi benshi unakina n'umupira mwiza nkuko vyemezwa n'abakunzi bawo uriko ushaka umukinyi wa Villarreal
Nkuko amakuru ava mubegereye uburongozi bw'umurwi ngo umumenyereza Xavi Hernandez abonako mûri équipe babura umukinyi ashbora kurema uburyo bwinshi buvamwo ibitego (numéro 10 Full) bakabonako gusinyisha Bernardo Silva bitoroshe narirya umurwi ataburyo ufise bwukumuzana babona Lo Celso wa Villarreal yoba umusubirizi mwiza babuze Bernardo Silva

Photos from Imfura y'ubwa Nyaburunga's post 15/07/2023
Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Website

Address

Bujumbura