Fufoy 257

Fufoy 257

Share

Follow me guys

15/08/2026

Salut la famille??? Kucegeranyo mpejeje gukora mwakakanya nyene nsanze abami baba content creator ari Edisson Ndayahoze na the mc 🫡. NB: mwakakanya imbuga zatse imuriro🔥🔥 zagurumanye de la capitale buja musomyi wihweje neza ubona koko arinde twokwita umwami waba content creator ??ijamabo nirwawe tubwire muri commentaire

10/08/2026

Kumengo ntimuriko muramuha ama show?Nukuvugako mutariko mubona ibikorwa vyiwe??muhinzira waaana😏😏 🔥🔥

10/08/2026

Nayahe mazina yabakobwa wumva ugahita umenya ko arindaya

09/08/2026

Basi igihugu kirankeneye 🔥🔥

09/08/2026

iyi ndirimbo nitaba hit song nzoce ntembera ville ndigusa 🔥🔥🔥

07/08/2026

Kubantu iyo muri kurigata bombon mumara iminota ibiri iyi video niyanyu muyumvirize. Bigenewe abajuje imyaka18 ( #+18ans)

07/08/2026

URESTE "SIBINTSU "'NAKAHE KANDI KAJAMABO U*I Natacha Burundi AKUNDA KUVUGA????

07/08/2026

iracabarya mamayangu Natacha Burundi ❤️

07/08/2026

🇧🇮🔥 Kumusi Wejo Twiteguriye Abash*tsi Badasanzwe Bavuye Murwanda 🇷🇼 Ndavuga Moriox Kids 🇷🇼Abana Bakomeye Cane Muri Afrika Hamwe Nuwusanzwe Abarongoye C.E.O Wabo Azwi Kwizina Rya SHEMA , Kumwe Numwe Muba Promoter Bakunzwe Murwanda Asanzwe Ari No Mubari Muri Staff Ya The Ben Azwi Kwizina Rya Promoter Hamwe Numugore Wiwe Asanzwe Akunzwe Cane Muri Film Nyarwanda🇷🇼 Azwi Kwizina Rya MICKY.

Abo Bash*tsi Bazoshika Ibujumbura Kukibuga C'indege Isaha 15h00 Zumuhingamo Nkuko Bamaze Kubitangaza.

Kimwe Mubibazanye Harimwo Kuza Gukora Ibikorwa Bikomeye Cane Ama Collabo Gupanga Ibiteramo, Ndetse Nokuza Gutora Izindi Mpano Zikomeye Bazofasha .

Mbibutseko Aba Bose Aribo Basanzwe Bafise Mumaboko Umuririmvyi Agezweho Hano Muburundi 🇧🇮 Azwi Nka Adrick AKIM .

🔺 Turasaba Abakunzi B' Umuziki Ndundi 🇧🇮 Kumwe Nibinyamakuru, Aba Promoters Bose Bazoba Babishoboye Kuzohashika Kwakira Bano Bash*tsi Kuko Bafise Vyinshi Baje. Gufasha Hano Iwacu Mugisata C'Umuziki Kuko Nivyo Bibazanye.

🔺 Mwibukeko Bano Bana MORIOX KIDS Bafise Runini Bamariye Umuziki Wacu Nkuko Mwama Mubibona Mugufasha Abaririmvyi Bacu Mukubapromotingira Indirimbo Zabo!.

🔺Hano Wosiba Kuza Kwakira Bano Bash*tsi? Moriox Kids Ntubafana None? Source

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Website

Address

Kiriri
Bujumbura
1100