11/07/2025
Meditation Bwoy 257
contact us for promotion ,marketing. busyness, music comedy .........
11/07/2025
19/03/2025
Inkuru nziza k'umuririmvyikazi w'umurundi Mo'W Kanzie yashize ahabona amwe muma photos yaranze urubanza rwiwe rwa rwabaye ku musi wa gatandatu w'15 ntwarante 2025
Muvyo yashoboye gushikiriza kumbuga ziwe yavuze ati '' uburundi🇧🇮 na congo🇨🇩 bihuye n'ikintu gikomeye. Biboneka ko uwu mukunzi wiwe afise amamuko yo muri congo
Tubandanye Tumukeza Monna walda kaneza kuntambwe nshasha ateye...
19/03/2025
🚨🚨 Wema nella uwahoze ari manager wa Lino G , ariko arategura ibirori bidasanzwe kuruyu wagatandatu 👏🏽👇🏽
Nkuko beshi bagiye barabibona , Wema Nella nkuko yemeye gufata mumugongo abanyempano batandukanye, kur'uyu wa 23 Ntwarante, imirwi cumi igizwe n'urwaruka rutandukanye, ruvuye hiryan'ino mugihugu bazoba Bari Kuri .
Bakazoba bariko barahihanirwa ikibanza ca mbere muri Edition ya 3 ya .
Kwinjira ni kubuntu, hazoririmbwa indirimbo zabatari bake harimwo niza 🔥
Abari kure nabo ntimwibagiwe, kuko ibirori bizoba ikibiriraho kumbuga zitandukanye kugira nabari kure muze mushobore kubana natwe muri ico gikorwa .
19/03/2025
19/03/2025
INSIGURO YARINOSANAMU NI✍️
Aho nimugihugu ça QATAR Aho umwami wa QATAR yatumako aba PRESDENT babiri umwe ni KAGAME Uwundi ni CHISEKEDI
Ikiyago cari gifatiye kukwumvikanisha ivyobihugu bibiri cane cane kukintu CHISEKEDI Yakoze cokwugara ikirere Aho INDEGE RWANDA AIR Yaca muri congo iyondege nayo ikaba irimwo imitahe myinshi ya QATAR Aho banaguriye KAGAME Kimwe cakane curwanda aho baharimira basehera mugihugu cabo
Mukaba muzi neza ko QATAR Ari DÉSERT (UBUTAYU ) ivyo bigatuma bagiriranira imigenderanire Myiza na Reta y’URWANDA Arinayompamvu bateguye iyonama kugira Bikunde CONGO Yugurure ikirere kuko bariko barahomba cane vyonatuma QATAR Ihagarika amasezerano n’URWANDA Kuko vyose ivyo vyatewe nurwanda ✊
Ico Gisabo URWANDA Rwasabwe gukura Ingabo zarwo zose ziri Muri CONGO 🇨🇩 Kandi kagame aravyemera Ariko rero bikazoca bimutera ikindi kibazo gikomeye cane kubamutumye iyo mission
Abamutumye ivyo nibande??🤔
MUKANYA✍️
04/03/2025
🍇🍇N'iyihe ndirimbo urindiranye igishika cinshi wewd tubwire muri comment
18/12/2024
HBD NINI ERICCA +1🧜♂️🙋♀️
COVER BY Meditation Bwoy 257
16/12/2024
WAKENYA HII MUMEIONA NYIE ATA MICHUANO YA HAPO KWENU FINAL HUYO W***y Paul msafi HAJAWAHI PATA NAFASI YA KU PERFOME NJO ASHINDANE NA Diamond Platnumz 😂😂😂😂
16/12/2024
Headed to Detroit on April 19th for Tycoon Music Festival 🔥🔥
Tickets on sale Friday - https://wizkhalifa.com/tour
Wiz Khalifa
BURUKO HAZIYONGERA UMURIRIMVYI TUZOBAMENYESHA
12/12/2024
Cynthia Vyuka
BEST MOVIE IN TOWN
ATI Le 12/janvier/ 2025
A cote KWA NTIBA BWIRA MUGENZI WAWE ABWIRE MUGENZIWE ATI
08/12/2024
Mr joker Burundi
12/11/2024
Meditation Bwoy 257 WILL WISH YOU HAPPY BIRTHDAY Odrah Burundi
C.E.O Mr joker Burundi 🙌🦅
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Telephone
Address
Bujumbura