Plz🤲 follow me les frères et soeurs
Enias Jr Sport News
Stay connected with football news, scores, interviews, and transfers from around the world on E.P.S.N ⚽
06/05/2026
🚨🚨🚨Guys ko tugeze Final muraduha amahigwe angana gt yo gutwara igikombe?
uwutarakora Follow agireko ayidukorera Guys
12/02/2026
🚨🚨 Mbega match yumuriro🔥🔥🔥 uyumusi isaha🕗 22h00' ku masaha ya Bujumbura Atlético de Madrid iraza kwakira FC Barcelona murukino rwambere rwa 1/2 final y'igikombe ⌛c'umwami gikinirwa muri Espagne.
🗣: urutonde rwabakinyi 11 batangura mukibuga ntiruraja ahagaragara kumpande zose ariko jewe ubwanje ngira nkore analyse ziwanje bivanye nabakinyi ufise kuruno musi:
⚡*nkibisanzwe mwigori notanguza : JOAN GARCIA kuko ntawe bahiganwa
⚡* muri défence notanguza : BALDE , CUBARSI, MARTIN , KOUNDE kubera ari urukino rw'inguvu gutanguza martin nisawa
⚡* muri millieu kumvo zuko abasore ba Atletico banyaruka kandi bafise inguvu nokoresha ERIC GARCIA, DEJONG , OLMO garcia arafasha mugukora couverture muri defence mugihe habaye contraattaque kuko ww asanzwe amenyereye na defence
⚡*muri attack notanguza LAMINE YAMAL , FERRAN , FERMIN LOPEZ kumvo zuko ferran torres afasha muri construction yumukino nawe agafasha mukudefenda kndi uru rukino rukaba ari urukino rukeneye cane cane gukina kuko Atletico ari umurwi uzibira cane niwe notanguza hagati ya we na LEWANDOWSKI
🗣:mubona haraho noba nihenze ?
✍️Enias Bdi✅
04/02/2026
🚨🚨⚽Yeeee Shaka umwite Mbappénalties🫣 cnk Mr A.k.A Mappéna🤣🤣 vyose birashoboka Guys waruziko kyrian Mbappé ariwe musatirizi mwiyi saison amaze gutsinda ama pénalties meshi agera ⚽⚽⚽⚽⚽⚽⚽⚽⚽⚽⚽⚽⚽13pénalties🫡
➡️Aho amaze gutsinda pénalties 12✅ muri 13 yateye agahusha 1🚫 gusa😱
➡️Ngire ndababaza ikibazo ariko ndazi kiza gutora bake mwibazako iyo penalty imwe yahushije KO Arinde munyezamu yayikuyeyo🌝
Duhurire muri comments ndabe abakurikirana football neza
02/02/2026
👊🚨🟣🔵Bouum waruziko Marcus Rashford Ari umuganga avura abantu kandi akaba Ari na Docteur💉 akongera akaba numukinyi wumupira wamaguru⚽ umwana afise Talent iteye ubwoba Guys
Murukino bakinye na Elche kumusi wagatandatu Isaha 22h00' zijoro umunyegori wa Elche Inaki Penã yaragize akabazo kuzuru hm aca aramuvura💊 urukino rurangiye
02/02/2026
🚨🔥🔥Mbega mbega erga Barcelona yarikomeje basha burya mwari muziko ifise équipe yabakinyi botangura mukibuga hamwe nomumugwi nserukira Gihugu wa Espagne🇪🇸 Bakabikora neza
🛑Aho iyo équipe harico muyagiriza itobaha muri National Team ya Espagne🇪🇸 no muri Team ya Barça
🔵🟣 gukora Follow kwiyi page yanje Mes frères et soeurs👏
✍️Enias Jr Sport news✅
01/02/2026
🚨🚨Here we go Deal has done✅
Atletico Madrid yamaze kwibikako umukinyi Ademola lookman ✈️
en provenance d'Atalanta
✍️ Fabrizio Romano✅
01/02/2026
⚽Hugo Ekitike🔥🔥🔥🔥🔥🔥Guys uwu niwo mukinyi wanje ibyo mwibwira vyose Mubihagarike ahubwo Imana imuncungire gusa imurinde imvune nokuvunika 🥰🥰
Guys gusa mfise ubwoba KO muzomukunda kunsumvya ubundi Hugo Ekitike niwo mukinyi wanje💕
01/02/2026
⚽🔥🔥Yayaya kwa Barcelona bisigaye bitoroshe zaryamungu akakantu warukazi KO match yambere yabereye kuri Estadio Spotify New Campanou KO abakinyi batsinze ibitsindo 3-1 kuri Match aller ya Barça na Elche nubu kandi kuri match retour aribo bongeye gutsinda🤝 lamine YAMAL ,Ferran Torres ,Marcus Rashford
👊 Mutama Flick On ne change pas les joueurs qui gagnent👏 kwa Barcelona nkomeje kubona Solidarité🫂 iteye ubwoba hamwe na Esprit de combativité🫡
Nyimba urumufana wa Barça genda uvuze ati muri comments visca Barça força catalunya💪💙❤️🔥🔥🔥🔥
Plz muri bwabumwe bwanyu ndakeneye follow
✍️Enias Jr sport news✅
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Address
Bujumbura
0000
Opening Hours
| Monday | 09:00 - 17:00 |
| Tuesday | 09:00 - 17:00 |
| Wednesday | 09:00 - 17:00 |
| Thursday | 09:00 - 17:00 |
| Friday | 09:00 - 17:00 |
| Saturday | 09:00 - 17:00 |
| Sunday | 09:00 - 17:00 |