Amakuru y'inkino agezweho

Amakuru y'inkino agezweho

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Amakuru y'inkino agezweho, Sport & recreation, Burundi, Bujumbura.

15/10/2025

💎🌟 MBEGA Vinicius Jr ibi bintu ahava abisimba amahoro !!

Vinicius Jr yitwariwe n'umubanyi wiwe wo muri Brésil amwagiriza yuko yamutesheje ibikorwa vyiwe ndetse yongera amubuza amahoro .

Vinicius yarezwe n'uwo mubanyi wiwe kamubangamiye inyuma yuko m'urugo kwa Vinicius Junior hariya muri Brésil habereye ibirori vyinshi vyo gukesha , guturitsa ama feux d'artifice ndetse n'ugwamo rwinshi rwabereyew'izo soirées.

Igiporisi cagiye kiza mw'izo soirées nyinshi zateguwe na Vinicius aho baza kumuha gasopo kobogabanya bakavuza bukebuke ariko Vinicius Jr yahengera bagiye agaca asubira kongeza aka Volume .

Vinicius Junior ashobora gufungwa amezi 3 kw'ico caha yagirizwa canke agacibwa amende aremereye !!

[ Source : Marca ]

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Website

Address

Burundi
Bujumbura