Ayayayaaa akakantu ndabonna karangoy kl ubona compared angah kwicumi
Zahra new
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Zahra new, Bujumbura.
Yeyeyeyeyeyeyeeeee abakobwa mwikebuk kl
Hew ivyomwigira nibik none mwunguciki mwabantu banj
16/09/2025
Iri nirimwe mumasanganya yabaye kumunsi wejo itariki 15/septembre/25
Aha hari isaha 18h14 min Aho imodoka iri mubwoko bwa Scania yagize impanuka ikomey cane
Ariko naho iryosanganya ryabay ntamuntu numwe yashoboye gupfa Imana yakinze
Ariko chauffeur na convoyeur hamw nuwund muntu yararimw bakomeretse chauffeur akaba yabaye cane ariko convoyeur yababay gatoya uwowund muntu naw biboneka ko yababaye gusumba aband
Musomyi usomye iyinkuru siga link hamwe n'a partage muzoba mykoze
Click here to claim your Sponsored Listing.