Nth sits TV

Nth sits TV

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Nth sits TV, Sport & recreation, Bujumbura, Bujumbura.

30/12/2025

BREAKING Luis diaz bamubajije ati wewe uronse coup Fran ninde woyiha ayitere

ati : Messi

Nth sits TV

30/12/2025

uburongozi bwa real Madrid mubiganiro bwa koze bavuganyeko mukwezi kwa mbere real Madrid itazoja kugura abakinyi

Nth sits TV

30/12/2025

BREAKING umukinyi brahim diaz muri no can yabay umuriro mumace zitatu amaze gukina amaze gutsindamwo ibitsindo batatu nyene

Nth sits TV

30/12/2025

BREAKING abakinyi ba FC Barcelona kumusi wejo yagaragaye mumyimenyerezo yokwitegurira umugwi wa espagnol bazokina mukwezi kwa mbere itariki zitatu

Nth sits TV

30/12/2025

BREAKING Pau cubarsi yabaye umusore yigenje neza Wu mu catalogne mu mwaka wa 2025

Nth sits TV

27/12/2025
27/12/2025

BREAKING inyuma yaho yigenjeje neza mu rukino rwariko ruhuza Manchester United's na Newcastle Yagi ze ico ashikiriza ngo bazokoresha inguvu zose zishoboka baze mubibanza bine chambers

tubasaba kubandanya mugira follow kugira kubandanya muronka amakuru menshi,

27/12/2025

BREAKING endrick Filip ubu tuvugana yerekeje mugihugu cubu faransa mumugwi wa lyon kuntizanyo

tubasaba kubandanya mugira follow kugira kubandanya muronka amakuru menshi

27/12/2025

BREAKING FC Barcelona nimigwi yo mwihiganwa rya premier league iriko irabe ryiza umusore wumusatirizi akiri muto kumyaka 23 etta ayong bivugwa ko bamushaka mukwezi kwa mbere

tubasaba kubandanya mugira follow kugira kubandanya muronka amakuru menshi

27/12/2025

BREAKING umukinyi Antoine semenyo bisa nibiriko birarangira ko yiyunga nu umugwi Manchester city mukwezi kwa mbere

tubasaba kubandanya mugira follow kugira kubandanya muronka amakuru menshi

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Culinary Team

Attire

Website

Address

Bujumbura
Bujumbura