21/03/2026
■ eeeeh mbega Liverpool❤ twovuga kwaribiki😧 aho umu striker huge Hekitike umunya france 🇫🇷 yashikiwe n'imvune idasanzwe kurukino ruhejeje kubahuza na BHA💙
Aba fans🕺 ba Liverpool aho benshi bashimye kuvuga🗣 ko harikibazo none ko Alexander isak ko nawe yagarutse n'ubuntu bw'Imana
Pls follow me 🙏🙏
04/03/2026
Lamine yamal aho yaraye agize umubabaro mwinshi kumvo batashoboye kurengana kurukino rwabahujije na ATM❤💙
Aho atanashimye gukora fair play akaba ariko arereka ingeso mbi kuri bagenziwe
Follow me please
03/03/2026
Abakunzi b Fc Barcelona imiriro 🔥 muri comment
03/03/2026
Jules kounde tuvuge ko abaye arahunga🤣 ademola lookman😮
03/03/2026
Barcelona ikarengana ndabasabe twumvikane mumpa ama views menshi
nanje 10 bambere barandika numero yabo ya lumicash muri comment dukore nkabagabo✌👌
21/02/2026
Ninde yobisa kurino ntebe 💺 pepe Guardiola ?
20/02/2026
None iyi al hilal💙 idushakako iki kuruno mugabo wacu
Iturekere umugabo kuko ntarasaza ako yogenda muribirya bitama mubarabu
Bruno Fernandez womugereranye numukinyi wo hagati uyuhe muri EPL
06/02/2026
🚥Breaking Nico Paz vyagiye ahabona kwashobora kugaruka 🔙 mu mugwi wa RMA muriy'Ici
19/01/2026
🚥 Sénégal aho muri Dakar batashoboye kuryama mwijoro ry'umunezero