02/10/2026
โฝโ ๏ธโ๏ธ MANCHESTER CITY YATANZE KU MUGARAGARO UBUJURIRE KU MWANZURO WA PREMIER LEAGUE KU BIJANYE NโAMAFARANGA! ๐ฐ๐
๐ต Manchester City yaremeje ku mugaragaro ko yatanze ubujurire burambuye ku vyavuye mu nama ya Premier League yari ishinzwe gusuzuma iki kibazo. ๐โ๏ธ
๐ Ubujurire bwatanzwe ku wa Kane, igenekerezo rya 1 Gitugutu, isaha 20:00 CAT.
Abashingwamanza ba Manchester City bavuga ko umwanzuro wa mbere ufise amakosa akomeye mu vyโamategeko, mu ngingo ngenderwako no mu vyabaye, ku buryo bawubona nkโuwudakwiye kwishingikirizwako. โ๏ธ๐
๐ก๏ธ Iyi club yongeye kwemeza ko ibona ko ata kosa yakoze, ivuga ko ifise ibimenyamenya bikomeye kandi bidashobora kuvuguruza imyanzuro iyo komisiyo yari yash*tseko. ๐ตโ๏ธ๐ช
๐คซ Premier League yemeje ko yakiriye ubwo bujurire, kandi yavuze ko iburanisha rizokorwa nโInama yโUbujurire rizoguma ari ibanga gushika hafashwe umwanzuro wa nyuma. โ๏ธ๐๐๏ธ
โฝ๐ฅ ๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐ ๐โ๐๐๐๐๐๐, ๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐๐ ๐๐๐๐ฬ๐๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐โ๐๐๐ ๐๐๐๐ ๐ฅโฝ
๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐
https://whatsapp.com/channel/0029VbC2Cn70G0Xicws6t03r
๐โ
๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐ ๐๐๐๐๐๐ ๐โ๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐! ๐ฏ๐ฅ
๐ ๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐ '๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐
https://chat.whatsapp.com/JHZDftHNbb3Ewx52urc9jL?s=cl&p=a&mlu=4&ilr=4