After go to school
Mr gigi Lv
God is the only
When is a time for study and you playing a game
10/03/2026
Musliman
10/03/2026
Viscaaaaaaaa barca
10/03/2026
Follow for more
10/03/2026
Amina
Nobody knows tomorrow
Editing
Añd youtube
07/03/2026
🎤🔴 🇧🇮🚔 : Leta y’u Burundi
Irahakana amakuru y’ukwibwa ibihimba
Vy’irondoka, abantu 11 bakwiragije ivyo
Bihuha bamaze gufatwa. ⚖️
𝗨𝗯𝘂𝘀𝗵𝗶𝗸𝗶𝗿𝗮𝗻𝗴𝗮𝗻𝗷𝗶 𝗯𝘄’𝗜𝗻𝘁𝘄𝗮𝗿𝗼 𝘆𝗼 𝗛𝗮𝗴𝗮𝘁𝗶
𝗠𝘂 𝗚𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂, Umutekano n’Iterambere
Rusangi bwatangaje ko ata muntu
N’umwe aratakaza igihimba c’irondoka
Canke amabere yiwe mu Burundi bivuye
Ku kuba akoziweko n’uwundi muntu. ⚠️
Ubwo bushikiranganji bwasohoye iri
Tangazo kuri uyu wa 6 Ntwarante 2026
Kurubuga rwa X (rwahoze ari 𝐓𝐰𝐢𝐭𝐭𝐞𝐫),
Mu ntumbero yo guhakana ibihuha vyari
Bimaze iminsi bikwiragira mu gihugu
Bivuga ko hari abantu bariko baribwa
Ibihimba vy’irondoka.
Nk’uko vyamenyeshejwe, abantu 11
Bakekwa ko ari bo batangaje canke
Bakwiragije ayo makuru y’ibinyoma
Bamaze gufatwa n’inzego z’umutekano
Kugira bakurikiranwe n’ubutungane.
Ubwo bushikiranganji burasaba abanya
Gihugu kwirinda gukwiragiza amakuru
Batizeye, kuko ibihuha nk’ivyo bishobora
Guteza ubwoba, imvururu canke guhu
Ngabanya umutekano w’igihugu. 📢🚔
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Website
Address
Bujumbura