17/03/2026
GOOOOOOOAL FROM VINÍCIUS JÚNIOR!!! 🫡
Vini Jr wins and converts the penalty… and gets a Man City player sent off! 🔥🤍
news sport in the word
17/03/2026
GOOOOOOOAL FROM VINÍCIUS JÚNIOR!!! 🫡
Vini Jr wins and converts the penalty… and gets a Man City player sent off! 🔥🤍
17/03/2026
🚨 Cumi numwe ba Madrid bagiye kukibanzamwo Imbere ya Manchester city nabo🔥🔥
17/03/2026
Na Araújo 🔥🥵 GOOAAL ⚽ Bødo ukubiswe ica 4 muminota 2 gusa ya Prolongation (4-0)
Maximiliano Araújo atsinze igitsindo ca 4 !
17/03/2026
🚨 OFFICIAL : Ajax wamaze guhamagara Arne Slot umumenyesha icipfuzo cawo co kuwubera umumenyesha mushasha !
Ibiganiro vyambere bagiranye, vyagiye munzira Ajax yavyipfuzamwo. Birasa n'aho mugihe Liverpool womwirukana, ARNE SLOT ashobora guca aja kumenyereza Ajax.
15/03/2026
👏👏👏👏Everyone is clapping for Gavi as he returns to the pitch after a long-term injury. Replacing Raphinha.
15/03/2026
🚨🚨⚽️ Joao Cancelo hamwe na Raphinha barimukazi Joao Cancelo ibintu ariko arakora sibimwe muzi Penalty 2 zose zimaze kuboneka niwe ariko arazirondera Raphinha nawe akubwirati ikosa ryokuhusha Penalty sinorikora ubu tuvugana Fc Barcelone imaze kuyirya ibitsindo 3-0 bwa Sevilla nyimba Urumufana yiyemera wa fc Barcelone nturengane utagize J'aime
08/03/2026
🚨🚨⚽️ YAYAYA nuwanka agakwavu aremera kokazi kwiruka kumyaka 18 ans ibintu Lamine Yamal ariko arakira hariho nabamusumvya imyaka batobikora Lamine Yamal atsinda igitego cubwenge igitego yateye gikubita mwikeri yipoto igitego gihita cinjira jewe icombona Ballon d’Or nibabe barayishikana hakirikare kuko ivyondiko ndabona simbona koboyimwima kbx nyimba Urumufana wa Fc Barcelone nturengane utagize J'aime kwaka Ga foto ka lamine Yamal wacu azonabica ndavuga ba Nimwishure
08/03/2026
🟣🔵BOUM!!! Barcelona itsinze 1-0 i San Mames murukino rwari rukaze
Assist ivuye kwa Pedri no mumaguru kwa Lamine Yamal atsinze kimwe mubitsindo vyiza ino sezo uzobona
Barcelona ironse amanota 3 meza cane igwanye
Ubu yisubije amanota 4 isumba Madrid
07/03/2026
🚨Real Madrid yaraye itahukanye amanota 3 imbere ya Celta Vigo bigoranye Cane
Barcelona Ubu irusha Real Madrid C.F. amanota 4 ,urukino rukurikora Barcelona ikazorutsinda izoba irusha Real Madrid amanota 4
MCc
07/03/2026
KURI ANNIVERSARY NTIWOTSINDWA
HALLA MADRID 🤍🖤
07/03/2026
🛑🚨⚠️FT: PSG 1-3 Monaco
Intsinzi zitatu zonyene mu nkino zitandatu ziheruka kuri PSG 😬
Itsindiwe muhira na MONACO inyuma yo kwerekana urukino rubi caane
Hagati mu kibuga hayo hasa nahadahari
Ubwugarizi bwayo bwari bubi
Abakinyi b'imbere umengo ntibamenyeranye uravye ukuntu ata connection bafitaniye
Ibintu birashobora kubabera bibi caane imbere ya Chelsea kuwa gatatu nibatagira ivyo bahindura
PSG vyovyo yarasubiye inyuma !
Chelsea nitakora vya bintu vyayo vy'ubwana vyo kwihesha amakarata atukura hamwe no gukora amakosa y'ubujuju, irashobora gutsinda PSG vyoroshe
Iyi si ya PSG yo mu mwaka uheze ❌
06/03/2026
🚨🚨⚽️Yooo Mbega umutima mwiza Neymar yahamagaye kenshi Rodrygo kuva aho aronkeye imvune ikomeye y’umutsi uhuza amagufa yo mu ivi (ligament croisé antérieur) Neymar arababajwe cane n’iyo mvune ya Rodrygo