Hagati ya Miburo Aboubakar na Gustave Niyonkuru ni nde agiye kumenyereza Flambeau du Centre Fc ?
⚡
Eric Joshua Kizigenza
Promouvoir le Sport Burundais
26/05/2026
🟢Ha bagira badukuremwo imitima🙃
26/05/2026
🟢Abatangura ni aba.
Maroc vs Burundi
13h00 de Gitega
Amahirwe masa!
Eric Joshua Kizigenza
Rahisibet BI
Superbat Burundi
Radio Star Fm
Ukuri kuvugwe Armand BISHAZA azi ibalo riteye ubwoba!
Barahiriwe abazomukinisha iyi sezo!
🟢Kuri wewe wipfuza kuronka amahigwe yo kwinjira mw’ihiganwa TAMBA BIC, uku niko bigenda:
Umviriza neza insiguro.
Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Rahisibet BI
Superbat Burundi
Radio Star Fm
25/05/2026
🟢Kaze kuri 96.5MHz kubari hagati mugihugu.
Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Rahisibet BI
Superbat Burundi
Radio Star Fm
22/05/2026
🟢Ku bari i Gitega
22/05/2026
🟢Urubuga rwa Flambeau du Centre Fc rutwereka ko bishoboka ko bamaze kwiyegereza:
BISHAZA Chris Neddy
NTIBAHEZWA Dieudonné
CANJA Mossi
♻️Sindavyemeje neza bivanye n'uburyo urwo rubuga ubu rutangaza ikintu ugutandukanye n'uko vyahora(birapfimditse).Reka dutangure gukurikirana amakuru yinyegeje y'aha iwacu ariko tuzirinda gose ayo mubirwati.
Mugire WeekEnd nziza✊
Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Rahisibet BI
Rahisibet BI
Superbat Burundi
Radio Star Fm
22/05/2026
🟢Nivyo Musongati Academy biravugwa ko ata kibanza ca mbere uzokina kandi ni ukuri nk'uko biva mubegereye uwo mugwi.
♻️Hari amakuru yavuga cane ko BG GREEN MAZE FC ariwo ushaka ico kibanza mbere n'ibiganoro bikaba vyarabaye ariko HAVUGA INOTI kandi iki gihe aho inoti ikubise haroroha🤗.
Umugwi witwa BUJUMBURA CITY uje warunguye ti ni twebwe,rero ku makuru ahari ni uko uwo mugwi wahoze ari uwa Mairie ya Bujumbura ariwo ufise amahirwe meshi yo kugura ico kibanza kuko bariko bashikana neza ukuboko mu mufuko.
Iyo udufashize gusangiza inkuru(Partages) uba udushigikiye cane.
"Nuko inama ikaba ingingo."
Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Rahisibet BI
Superbat Burundi
Radio Star Fm
Muri impore les amis?
Abafise pages muzizane tubandanye gu followingana.
✅
21/05/2026
Wewe wumviriza Radio Star FM 96.5MHz uherereye he?
Eric Joshua Kizigenza
Assurance BIC
Rahisibet BI
Superbat Burundi
Radio Star Fm
Click here to claim your Sponsored Listing.