Man city fans burundians

Man city fans burundians

Share

Sports informations

06/08/2026

Vyarangiye, umugwi Sporting Lisbonne wemeye gutanga 15Mโ‚ฌ gushirako 3Mโ‚ฌ muri Watford kugira baronke Nestory Irankunda.

Umukinyi w'umugwi nserukiragihugu was Australie ariko afise abavyeyi b'abarundi, agiye gukinira umugwi Sporting Lisbonne, akazokina ihiganwa rya UEFA Champions League mumwaka uza.
----------------------

Man city fans burundians

06/08/2026

๐Ÿ’ฃ!!๏ธNouvelles : ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ Victor Osimhen a รฉtรฉ proposรฉ ร  l'Atlรฉtico Madrid ces derniers jours. L'attaquant nigรฉrian souhaitant passer ร  Madrid et aimerait avoir l'opportunitรฉ de travailler sous la direction de Diego Simeone.

Ses reprรฉsentants ont contactรฉ l'administration de l'Atlรฉtico et ont proposรฉ un accord d'environ 75 millions d'euros, mais le club doute de cette somme, s'attendant ร  ce que Galatasaray exige une somme bien plus รฉlevรฉe.

Le camp d'Osimhen a รฉgalement informรฉ l'Atlรฉtico que l'attaquant est prรชt ร  accepter une rรฉduction significative de son salaire pour que l'opportunitรฉ de passer se produise.

Cependant, l'Atlรฉtico n'a pas avancรฉ avec la proposition car Juliรกn รlvarez est actuellement prรฉvu ร  rester, le prรฉsident du club Miguel รngel Gil Marรญn souhaitant qu'il reste.

Avec รlvarez et Alexander Sรธrloth toujours au club, l'engagement d'Osimhen serait impossible ร  moins que l'Atlรฉtico ne vendre d'abord quelques joueurs.

Man city fans burundians

06/08/2026

โ€ข ๐— ๐—ฎ๐—ป๐—ฐ๐—ต๐—ฒ๐˜€๐˜๐—ฒ๐—ฟ ๐—–๐—ถ๐˜๐˜†'๐˜€ ๐—ณ๐—ถ๐—ป๐—ฎ๐—น ๐˜๐—ฒ๐˜€๐˜๐˜€ ๐—ฏ๐—ฒ๐—ณ๐—ผ๐—ฟ๐—ฒ ๐˜๐—ต๐—ฒ ๐Ÿฎ๐Ÿฌ๐Ÿฎ๐Ÿฒ/๐Ÿฎ๐Ÿณ ๐˜€๐—ฒ๐—ฎ๐˜€๐—ผ๐—ป! ๐Ÿ†๐Ÿ”ต
๐— ๐—ฎ๐—ป๐—ฐ๐—ต๐—ฒ๐˜€๐˜๐—ฒ๐—ฟ ๐—–๐—ถ๐˜๐˜†'๐˜€ ๐—ณ๐—ถ๐—ป๐—ฎ๐—น ๐˜๐—ฒ๐˜€๐˜๐˜€ ๐—ฏ๐—ฒ๐—ณ๐—ผ๐—ฟ๐—ฒ ๐˜๐—ต๐—ฒ ๐Ÿฎ๐Ÿฌ๐Ÿฎ๐Ÿฒ/๐Ÿฎ๐Ÿณ ๐˜€๐—ฒ๐—ฎ๐˜€๐—ผ๐—ป! ๐Ÿ†๐Ÿ”ต
โ€ข Before the Premier League kicks off, ๐— ๐—ฎ๐—ป๐—ฐ๐—ต๐—ฒ๐˜€๐˜๐—ฒ๐—ฟ ๐—–๐—ถ๐˜๐˜† face two huge challenges:

-๐Ÿ“… Sunday, August 9, 2026
-๐Ÿค ๐— ๐—ฎ๐—ป๐—ฐ๐—ต๐—ฒ๐˜€๐˜๐—ฒ๐—ฟ ๐—–๐—ถ๐˜๐˜† ๐Ÿ†š ๐—”๐˜๐—นรฉ๐˜๐—ถ๐—ฐ๐—ผ ๐— ๐—ฎ๐—ฑ๐—ฟ๐—ถ๐—ฑ (Pre-season Friendly)
-๐Ÿ•› GMT: 11:00
-๐Ÿ•’ AST: 14:00

-๐Ÿ“… Sunday, August 16, 2026
-๐Ÿ† ๐— ๐—ฎ๐—ป๐—ฐ๐—ต๐—ฒ๐˜€๐˜๐—ฒ๐—ฟ ๐—–๐—ถ๐˜๐˜† ๐Ÿ†š ๐—”๐—ฟ๐˜€๐—ฒ๐—ป๐—ฎ๐—น (FA Community Shield Final)
-๐Ÿ•’ GMT: 14:00
-๐Ÿ•• AST: 17:00

โ€ข Two big tests. One trophy on the line.

โ€ข Who do you think will lift the 2026 FA Community Shield? ๐Ÿ‘€๐Ÿ†๐Ÿ‘‡

06/08/2026

A year ago today, Rayan Cherki became a Blue! โœจ๐Ÿฉต

Photos from Man city fans burundians's post 06/08/2026

Ishirahamwe SA Cooporation ryashize ahabona umwambaro wambere ryakoreye umugwi Young Star uheruka kuduga mucicaro cambere Primus Ligue๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Inyuma ya Rukinzo Football Club, SA Cooporation rigiye kwambika Young Star nawo, vyumvikana ko ubu muri Primus Ligue rihafise imigwi 2 ryambika.

Ndabibutse ko ishirahamwe SA Cooporation ari iry'umukinyi w'umugwi nserukiragihugu w'u Burundi Sudi Abdallah.

Young Star waduze ari Musongati Academy ariko bahitamwo guhindura izina.

Uwu niwo mwambaro umugwi Young Star uzokwambara wakiriye inkino(Home Kit)
Bandanya mukoresha code promo AARAF257 mukwugurura 1XBET

1XBET
Code promo: AARAF257

06/08/2026

๐ŸŸฃ๐Ÿ”ตLaliga Ntibisanzwe izanye amategeko mashasha azotangura sezo iza

โšฝ Amategeko mashasha muri La Liga:

โฑ๏ธ Abakinyi basubirijwe bazoronka amasegonda 10 yo kuva mu kibuga.

๐Ÿงค Iyo umunyegori atumye urukino ruhagarara mu kwigira nkโ€™aho yakomeretse canke utundi tujede , uwo bakinana ategerezwa kuzoca ava mu kibuga amare umunota umwe arihanze adakina .

โšฝ Iyo penaliti itewe ikinjira uwayiteye akazokorako kabiri umupira kwโ€™impanuka Ashobora kuzoca ayisubiramwo

๐Ÿšฉ Iyo habayeho gutakaza umwanya mu gihe cuko ekipe izoba ironse hani ( Touche ) umupira uzoca uhabwa ekipe bahanganye abe ariwo iwugarura

๐Ÿฅ… Iyo umunyegori atevye gusohora umupira , ekipe bihanganye izoca ironswa Corn.

๐Ÿ“บ VAR izoshobora kwinjiramwo ku bijanye n'amakarita ya kabiri y'umuhondo abakinyi bazohabwa nama Corns Var izobisuzuma

Mundo Deportivoโœ…

16/07/2026

๐ŸŸฃ๐Ÿ”ตBallon d'or bemeje nkuko France Football babivuga ngo kuva muri 2007 ntategeko ribuza umukinyi akina hanze yaburaya guhabwa Ballon d'or

Sitegeko bahinduye uwu musi ngo kubera Messi oya kuva 2007 vyaremejwe ko numukinyi akina muyandi mahiganwa atari yiburaya umupira winzahabu awutwara bivanye nama Compรฉtition International ashobora kwitwara neza kuruta nabakina iburaya arashobora kuyihabwa

Rero kuba bongeye kubivuga ko itegeko riha Ballon d'or umukinyi adakina iburaya sivyuwu mwaka nikuva 2007 vyemejwe

Kandi bemeje abategura ballon d'or ko ino Coupe du Monde 2026 izogira uruhara runini muri Ballon d'or

France Footballโœ…

15/07/2026

๐ŸŸฃ๐Ÿ”ตBisaba kuba urumukire FIFA yashize ahabona ibiciro vyamatike yabazinjira kuraba Final yigikombe cisi 2026 ๐Ÿค‘ ๐Ÿ’ธ

๐Ÿ’ฐ Itike yo mubibanza bidanzwe ihagaze kugiciro ca 4451โ‚ฌ

๐Ÿ’ฐ ikibanza kizimvye ciza gihagaze kuri 188803โ‚ฌ

Kandi Final Mitemps abakinyi bazomara iminota 30 baruhutse ryambere mumateka bizoba bibaye mumupira wamaguru aba Stars bazoca binjira mukibuga bateramishe abantu biri muvyatumye amatike azimba

(๐Ÿ—ž๏ธ RMC Sport)

13/07/2026

Dushobora kwemeza ko Khiara Keating yinjiye muri Liverpool ku kiruhuko cyโ€™iteka.

Yatangiye kujya muri iyi kipe mu 2015, Keating yazamutse mu rubyiruko rwacu maze yunguka imikino 65 mu mwuga we wa City.

Mu mwaka wa 2023/24, yatwaye igihembo cyโ€™icyubahiro cya WSL Golden Glove.

Mu gihe yamaze muri City Khiara yadufashije kwegukana ibihembo bitatu bikomeye - harimo Barclays Womenโ€™s Super League na FA Cup double mu 2025/26.

Buri wese muri City yifuza kwifuriza Khiara ibyiza mu gihe kizaza no kumushimira ku bw'uruhare rwe mu ikipe. ๐Ÿฉต

13/07/2026

๐‡๐€๐๐๐˜ ๐๐ˆ๐‘๐“๐‡๐ƒ๐€๐˜ ๐“๐Ž ๐‹๐€๐Œ๐ˆ๐๐„ ๐˜๐€๐Œ๐€๐‹ ๐Ÿ’ซ

55 Goals โšฝ
53 Assists ๐Ÿ…ฐ๏ธ

3x La Liga ๐Ÿ†
1x Copa Del Rey ๐Ÿ†
2x Supercopa de Espaรฑa ๐Ÿ†
1x UEFA Euro 2024 ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธ

Youngest Scorer in La Liga and Champions League ๐ŸŒŸ
Youngest Scorer in the Euros ๐ŸŒŸ
UEFA Euro 2024 Young Player of the Tournament ๐ŸŒŸS

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Gitega?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Website

Address

Gitega