05/03/2026
🚨Mama wee, batanguye kare yamara mbona uwambere bizohava birangira abaye uwa nyuma!💥🤩✅
Kubwa SCORE 90' kibona ko aho sezo igeze abo nibo bakinyi batanu ba mbere baza kuri PODIUM ya BALLON D'OR 2026👇
1. Kylian Mbappé 🇫🇷
2. Lamine Yamal 🇪🇸
3. Harry Kane 🏴
4. Declan Rice 🏴
5. Erling Haaland 🇳🇴
Ninde ngaho akwiriye ico gihembo aho sezo igerereye? ninde kandi ubona azorangiza neza akayegukana?👀🌕
___________________