Star Fooball Academy

Star Fooball Academy

Share

The Star Football Academy manages 13 Soccer Clubs of the @NGDFoundation in 3 provinces of #Burundi and runs the U19 #NGDCup for football clubs.

17/01/2021

Tu

Tugire Amahoro y'Imana!

Turiniteka ryo kubatumira no kubasaba mushigikire ibikorwa vya Fondation NGD, muri "Encadrement des Jeunes" mu Burundi, bijanye n'inkino, amahoro, n'iterambere.

Abari hanze y'Uburundi, mushobora guterera amuganda muciye kuri: https://www.gofundme.com/f/sports-for-love-and-peace-in-burundi/. Abari mu Burundi, ni kuri Coopec Compte No: 230-004879-00-93.

Barayamaze bati: "Habaho Umutima muto ariko nta ntererano nto ibaho." Akarorero: $10 akinisha Match 1 ya Minimes, $15 agura Ballon 1, hanyuma $20 nayo akinisha Match 1 ya Cadets, etc.

Kubakora "Declaration des Taxes" mu bihugu babamwo, turatanga "Donation Receipts" kugira mushobore kuzideklara.

Sport Oyeeee! Murakoze cane,
NGD Foundation.

29/12/2020
27/09/2020

: Photo du 27-09-2020 lors de la livraison du don de matériel scolaire offert par la aux élèves membres de l’Eglise Emmanuel de Ruharangoma (Tara), ici représentée par Pasteur Jean Nzeyimana en Commune Bugarama de la Province Rumonge.

17/09/2020

Bujumbura, le 17-09-2020: Le Président de la a livré le don du matériel scolaire offert par ladite fondation à l’Eglise des Gents de Prière au Burundi (EGPBU) représentée par le Révérend Pasteur Aaron NDIKUMAHORO ce matin à Gihosha en Bujumbura Mairie.

Photos from NGD Foundation's post 11/09/2020
Photos from Star Fooball Academy's post 05/09/2020

ITANGAZO:

Mu ntumbero yo gushigikira abana bariko baja kwishure no gufasha abana bafise ibibazo vyo kuronka ibikoresho vy'ishule, Fondasiyo NGD igiye gutanga ibirokosho vy'ishule kubana 1.200 mu rutonde rukwirikira:

- Lundi, le 07-09-2020:
1. Buterere Star FC à 08h30.
2. Kinama Star FC à 09h30.
3. Kamenge Star FC à 10h30.
4. Gihosha Star FC à 11h30
5. Kanyosha Star FC à 13h00.

- Mardi, le 08-09-2020:
6. Gitaza Star FC à 90h300.
7. Rutunga Star FC à 10h30.
8. Tara Star FC à 11h30.
9. Magara Star FC à 12h30.
10. Rutumo Star FC à 13h30.
11. Minago Star FC à 14h30.
12. Kagongo Star FC à 15h30.
13. Rumonge Star FC à 16h30.

- Mercredi, le 09-09-2020:
14. Nyanza-Lac Star FC à 12h30.

Menya Neza:
- Infashanyo itangwa ku buntu. Ntihagire uwubasaba amahera kugira abashire ku rutonde.
- Infashanyo izotangwa na Fondation NGD ku bana bakina muri *"Star Football Academy"* bafise imyaka itarenga 19 y'amavuka.
- Nta muntu azokwakirira infashanyo uwundi atariho. Uwuzosiba, ntazoronka.
- Buri mwana azoronka amakaye 4, ikaramu 2 n'ilate 1.
- Rungikire iyi message abandi bose mwibaza ko yofasha kandi muyihanehane muyandi ma groupes kugira ntihagire uwuzosiba kuruyo musi.

Nkuko vyama vyabaye buri mwaka mu kwezi kw'icenda, iyi nfashanyo muyitegurirwa mukongera mukayishikirizwa na Fondasiyo NGD, ikorera mu Burundi kandi ifise icicayo gikuru i Magara mu Ntara ya Rumonge, biciye mu gisata cayo co gufashanya NGD Humanitarian Department.

Kubwa Star Football Academy,
Lameck NDIKUMUKIZA,
Umuyobozi Mukuru.
Tel: 75422030 - 69227761.

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Magara?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Address


Magara
BP3262

Opening Hours

Monday 10:00 - 16:00
Tuesday 10:00 - 16:00
Wednesday 10:00 - 16:00
Thursday 10:00 - 16:00
Friday 10:00 - 16:00