Jisaie brand

Jisaie brand My number +25766937953

🇧🇮🇧🇮
✅
💫
🦾🦾🦾🦾
(14)

Good week end kuba nyeshure mwese canke ntibindaba ndihorere 🤣😂😂
26/09/2026

Good week end kuba nyeshure mwese canke ntibindaba ndihorere 🤣😂😂

Baragukunda bakakwankira ubukene Bobo baragayana✌️
25/09/2026

Baragukunda bakakwankira ubukene
Bobo baragayana✌️

K***a uwugukunda niho uzoronka amahoro 😭🫶Ndabakunda cane
24/09/2026

K***a uwugukunda niho uzoronka amahoro 😭🫶
Ndabakunda cane

Good night ndibaze gahundayejo nukuja school Tugirijoro ryiza twese🥰🥰✌️🫶
21/09/2026

Good night ndibaze gahundayejo nukuja school

Tugirijoro ryiza twese🥰🥰✌️🫶

M'uburundi murazikwarijewe ndatanguyekwambara iyonyambaroBisigurako kirikou yandiye copy Kandi ivyobirahanwaMumuhanure a...
21/09/2026

M'uburundi murazikwarijewe ndatanguyekwambara iyonyambaro

Bisigurako kirikou yandiye copy
Kandi ivyobirahanwa

Mumuhanure ahebe copy

21/09/2026

B face na Big fizzo hunga umwami yahageze 🤣🤣🤣

6k followers twamaze kuzikwixa twikomeramashi ndabakunda kuruta ukondikunda 🥰🥰🥰 Ninababura nzokwiyahura warahi🫶
20/09/2026

6k followers twamaze kuzikwixa twikomeramashi ndabakunda kuruta ukondikunda 🥰🥰🥰
Ninababura nzokwiyahura warahi🫶

Ndabaramukije mwese so rekandabashimore kubamwemeye kubikora ndabakunda birenzeRekatibikore ndabakunda birenze kabisa 💪 ...
20/09/2026

Ndabaramukije mwese so rekandabashimore kubamwemeye kubikora ndabakunda birenze

Rekatibikore ndabakunda birenze kabisa 💪 imana ibampezagirire

Umunezero niwose ntavyogukina nabana 🤣🤣Babagabo bambara izera bibazango ni AI🤣🤣🤣Tjr visca Barca 👏💪
19/09/2026

Umunezero niwose ntavyogukina nabana 🤣🤣
Babagabo bambara izera bibazango ni AI🤣🤣🤣
Tjr visca Barca 👏💪

Address

Makamba

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jisaie brand posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share