les amis nagarutses dusangire vyinshii muri football, amakuru y'inkino kwisi yose .
Emery king.New Sport
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Emery king.New Sport, Sports Team, Bujumbura, Nyakabiga, Mutanga.
16/07/2025
🟣🔵Breaking Fabrizio Romano ati : Luis Diaz yuguruye umuryango wogusoka muri Liverpool muri rici
Luis Diaz ukuri ngo nuko ashaka gutandukana na Liverpool muri rici akaja kugerageza ahandi nubwo biruko imirwi ivugwa imukeneye ni Barcelona na Bayern Muchen
Kuruhande mu Budagi bavuga ko Luis Diaz yemeye umugabi wokuja muri Bayern Muchen
Muri Espanye i Barcelona Mundo Depoltivo yemeje ko Luis Diaz yemeye kuja muri Barcelona
Ariko Bayern Muchen yoyo irasunika cane irungika ubusabe ariko bwose Liverpool yishura ati oya ntagurishwa 😁
Ariko itangazamakuru ryiburaya bemeza ko umunya Colombiya yiteguye gusohoka muri Liverpool muri rici nubwo umurwi wowe ugishaka kumugumana.reka turindire iyobiherera mugumane nanj ndabaha amakuru yiwe uko bizarre biragenda.
13/01/2025
Mbappe nubu ngo biragoye kwarara neza yahuriye mukibuga n'a Lamine yamal.umwana nimubi kabisa yarahamye Mbappe 😁😄😃😀
12/01/2025
🔵🟣🗣️ Carlo Ancelotti: “Turababaye kandi cane .”
Tugiye “Mu gice ca mbere nabwiye abakinyi nti: reka turabe nimba twotangura gukina umupira w’amaguru.”
🎙️ "Imbere y'urukino nari narababwiye ko dutegerezwa kuzibira neza,
ariko ikibabaje n'uko tutashoboye kandi Barcelona yari ikwiye gutsinda uru rukino yaribikwiriye ."
🚨🗣️ Carlo Ancelotti ati: “Twari babi kuva mu ntango gushika mu mpera. Mbere no kuri 10 na 11, twari babi.” “Tubwirizwa kwitega no kwitegurira urukino rukurikira.”
12/01/2025
Harimwooo agasuzuguro caneee, FC Barcelone ikubise itababarira Real Madrid muri finale ya super vip d'Espagne.connexion ya 5G niyibadugirijeko Real Madrid mwabantumwe mu match yibisanzii .
Hamagara umugana wa Real Madrid muri commentaires ucewiyirukira
12/01/2025
🔵🟣 Barcelona abakinyi 11 Hansi Flick atanguje imbere ya Réal Madrid
✅Szczesny
✅Balde
✅Balde
✅Inigo Martinez
✅Kounde
✅Gavi
✅Pedri
✅Marc Casado
✅Raphinha
✅Lewandogoal
✅Lamine Yamal
🔥🔥21h00 abafana ba Barcelona mwoba mugiye gutahukana Super Coupe igira 15???
12/01/2025
🔵🟣Barcelona : Ronald Araujo yanse ubusabe bwa Hansi Flick bwokuguma muri Barça
Hansi Flick yarashaka KO Ronald Araujo aguma muri Barça kuko amukeneye mumigambi yiwe ariko Araujo yanse ashaka kugenda kugerageza ahandi
Araujo ntagishaka kubandanireza muri Barça
Kugeza Ubu Barcelona imukeneyeko miliyoni 70€ imurekure namahoro yose kubera ubwiwe adakeneye kubandanya muri Barça
✅Mundo Depoltivo
12/01/2025
Ngabo 11 umumenyereza wa Real Madrid atanguje mukibuga imbere ya FC Barcelone
12/01/2025
♨️😱🔥Kiretse uwudakurikirana isi y'Umupira wamaguru niwe atazi urugamba ruhari uno munsi muri Supercoupe d'Espagne.
Ni Classico mwabantu 🔥aha hantu je nanagize ubwoba p*e.
Reka rero dufashanye turabe Ikintu kimwe canke bibiri guxa kuri runo rukino. Nirihe Banga ryino Classico? Urufunguruzo rwo gutsinda ruri hehe?Twitege iki kurino Match itoroshe na gato?
Biragusaba kugumana natwe nimba ushaka gutahura.
Let's go🤝
Ubwambere mumenye ngo ni Final igiye guhuriramwo nabakeba bibihe vyose. Rwari kuba urukino rubayabaye iyaba yari imirwi idakebana.
Mumateka ya Hansi Flick nta Final nimwe aratakaza kuva atanguye umwuga wo kumenyereza(Coach). Ancelotti nawe numwe mubamenyereza atagitangaza atarabona muri Football p*e,Final amaze gukina ntiziharurika.
Classico ntibisaba ngo Real ibe imaze inkino nka 10 itsinda kugira tuvuge ko Ariyo iza kwitwara neza. No kuri Barca nuko nyene ntiwofata ngo ufatire kunkino ziheruka ngo uce uvuga ko Ariyo iza gutsinda.
Uru nurukino aba Caoch Bose bategura bahereye kubusa kugira ngo utsinde.
Ni Supercoupe d'Espagne kimwe mubikombee cinziza amafaranga atari make burya.
Dufise inyenyeri kumirwi yose aha ndavuga Vinicius na Yamal. Turafise Naba Star Kandi kumirwi yose.
Nurukino uravye mbega rufise uburemere burenze Kandi rutaranatangura.
Aha Nariko ndakwereka ngo mbega ino Classico hanze yibibuga ifise uburemere bimez gute?
Reka twinjira mukibuga naho turabee.
Uno munsi kuruhande rwa Barcelona havurwa ko atampinduka Flick aza gukora kuri Liste yatanguje kuri match ya Athletic Bilbao.
Kimwe mubintu kiramutse kibaye ntokwemeza nagato,ati kuberik?
Ni Liste utombwira impamvu woba utanguje Szczensy na Gavi ufise Inaki Pena na Olmo.
Iyi si match yo kuvuga ngo ndaza kwubaka mugice cakabiri oyaa habe nagato,uru nurukino utsinda hakiri kare.
Uno mu Gardien sinemeza ko Afise ikibanza kuri runo rukino kuko nivyo afise ibiharuro vyiza ariko abifise munkino zibayabaye.
Inaki Pena Classico iheruka niho yarari yongera yitwara neza Aho re
12/01/2025
🔵🟣Barcelona Szczesny vyemeje yatsinze Inaki Pena uwumusi niwe azakuba arumunyegori 🫠✅
Mundo Depoltivo ATI SZczesny yatsinze Inaki Pena inyuma yaho agaragaje urwego rwiza murukino batsinze Bilbao Szczesny agiye gusama Classico yiwe yambere kuva aje muri Barcelona Inaki Pena nubu Rino joro kuri Bench
[Mundo Deportivo]
11/01/2025
🚨🚨 Pedri ati : 🗣️ « Gusubira Gutsinda ibitsindo 4-0 nkubuheze bizoba bigoye . Dutegerezwa kumenya kugenzura urukino .
Bizoba bigoye cane kwerekana nkivyo twakoze ubuheruka kuri Santiago Bernabéu kuko nabo nyene bazoba bashaka kwihora .
Dutegerezwa kugenzura urukino dufise umupira ndetse tukabaganza . Barakomeye cane kumipira yokunyaruka ( contre attaque ) kuko bafise abakinyi b'abahinga cane. Tubwirizwa kwiyubara
11/01/2025
🔵🟣 Barcelona Pablo Gavi azotangura mukibuga azoba ari muri 11 Hansi Flick azotanguza imbere ya Réal Madrid
Cihebe Pablo Gavi inyuma yaho atsindiye igitsindo Bilbao agatanga na Assist Hansi Flick amufitiye icizere nejo azotangura mukibuga
✅Marca
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Website
Address
Mutanga