23/05/2026
🤝NIYONGABO Amars est nommé au poste de Directeur Technique National DTN.
Beaucoup de félicitations à Mon Coach👌
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Marisuku Mystique, Ngozi.
23/05/2026
🤝NIYONGABO Amars est nommé au poste de Directeur Technique National DTN.
Beaucoup de félicitations à Mon Coach👌
22/05/2026
🏆Coach w'umugwi ufana yatwaye agashimwe ka BCM incuro zingahe??
🦅Twebwe aba yagumye yiyoragurira incuro zidaharurika👌
Har'abavyeyi badatahura talent 😅
umu legend hako avamwo yemera kurara mugahinga atariye😎
21/05/2026
21/05/2026
💥 alias KAGABO ashobora kuboneka mur squad ya saisson 2026-2027.
KAGABO yakuriye mur Aigle Noir CS kugez'ubu akaba ata contrat agifitaniye n'uyo mugwi w'iBurunga. Mu mugwi Aigle Noir CS bavuga ko ubu atakiri umukinyi wabo mbere Ngo Naho yosaba urwandiko rumurekura borumuha atangorane.
21/05/2026
🤝 Vital'o says yatandukanye na Robert BIMENYIMANA iha kaze A.Olivier aka MUTOMBORA.
Vital'o ya R.Bimenyimana yatsinzwe inkino zibiri gusa.
19/05/2026
uBurundi muri Groupe I hamwe na Algeria,Zambie na Togo.
💪Intamba mu Rugamba
19/05/2026
Amasipiri Never give Up FC canke Panthère Noir??
Ikirangamisi c'inkino zizokwerekana Umugwi uduga mu cicaro ca mbere cagiye Ahabona.Urukino rwa mbere ruzohuza iyo migwi ni kw'igenekerezo rya 22 Rusama uyu Mwaka kur !
19/05/2026
Twibukanye Tombora ya kur'uno wa kabiri le 19Mai!
Witeze gute groupe uBurundi buza kwisangamwo??
19/05/2026
Raba imyambaro ya Cup2026.
Andika ahantu itariki 27/6/2026.iMakamba azoba Ari 🔥