27/12/2025
aho niho muzosanga ibiro vya fans real madrid burundi nkuo mubibona aho ku ma photos
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Real Madrid Fans Ngozi, Sports Team, Ngozi.
real madrid burundi ni cooperative ihurikiyemwo nabafana ba real madrid bose ariko bafise na cooperative ariko bashaka kwiteza imbere bafatiy kumifanire ya equipe ya real de madrid
nuko rero ivyiyi cooperative vyifashe
27/12/2025
aho niho muzosanga ibiro vya fans real madrid burundi nkuo mubibona aho ku ma photos
27/11/2025
uyumusi igenekerezo rya 27/11/2025 niho chany bella yashikiriza amasuka 25 cooperative ya fans real madrid burundi nkuko yari yavyemeye ko azozitanga kumugaragaro .
iyi cooperative rero irashimiye cane uwo muvandimwe chany bella kungabire ahejeje gutanga imana imusubirize inamugwirize ibikorwa vyiza vyiwe.
twobamenyesha rero ko.l iyi cooperative imiryango yo kwinjira nubu iruguruye kuri muri mufana wese ahari muburundi mbere bibaye ngombwa no hanze yigihugu ntanumwe akumiriwe .
uwugira ico abaza canke ashaka kwinjira yoca kuri numero ,79359488 representant ajoint
na 66496014 representant wa cooperative .
musomyi iyi nkuru yisangize nabandi bose kugira ibintu bibandanye bija imbere.
ushaka kubona iyinkuru fyonda aho hasi
https://youtu.be/rFnB8qH-yxM?si=FgVY6694KLJPCri4
kuyindi ncuro real madrid fans burundi hejuru
hari kuri uyumusi aho ya cooperative yongey kwandika amateka mukuja kwifadikanya naba shingamateka hamwe nizindi ndongozi zatowe muntara ya butanyerera mugukora ibikorwa rusangi kwishure ryahantu bita ibuhiga ,muri commune yagutse ya ngozi
rero na fans real madrid burundi yari yahageze mukwifadikanya nizo ndongozi mubikorwa vyo gucanga isima numusenyi kugira hasanurwe ibirasi vyamashure ari kuwo mutumba nyene
mwomenya yuko na mustanteri nawe yarari mwivyo bikorwa vyiterambere rusangi
iyi fans rero iriko irabikora neza cane
nabandi rero murabe mube nkabandi
ni ya real nyene muri sport kuyindi ncuro
22/11/2025
REAL REAL REAL MADRID FANS BURUNDI Iguma yandika amateka aha mukarere
wabisomye neza cane ,hari kuyu wagatandatu nyene igenekerezo rya 22 aho ya cooperative yari iramutse ikora sport nkuko bama babikoze ,akabirya rero sasa nkuko mubibona aho kuma foto bari bagendeye ryatongo bahabwa namatekego rero muvyo rero bashize imbere nuko ubu vuba bwango bagiy gutangura kurima iryo kugira ikibanza bahawe batangure kukivyaza umusaruro.
musomyi iyi fans ko umenga ije itavyorosha abandi bafana iyindi migwi none mweho muriko mukora gute ?
twemeranyebko iyi cooperative mumisi iri imbere izoba yiteje imbere bimwe biboneka ,kuko bari kumurindi munini.
mukomeze mudukurikirane mukugira share na follow hama dukomeze tubahe inkuru yiti cooperative kuko ije itavyorosha
20/11/2025
20/11/2025
18/11/2025
mwarabibonye canke mwaravyumvise ,igenekerezo rya 16 munyonyo aho real madrid fans burundi yari iramutse yugurura bureau yo gukoreremwo kumugaragaro .
amashirahamwe atari make nibinyamakuru bari bitavye ivyo birori aho vyaciy banarangizwa no guha ubushimwe kubakinyi bakinye ihiganwz rya twash*tse event biciye kuri radio pj classic ,ishirahamwe bu bet rero nary ryari ryaserukiwe.
bu bet yarananze ibahasha mukubakeza kuko basanze iyo cooperative ifise kazoza ,mwijambo uwari yaserukiy bubet hamwe nuwa serukiy radio.pj classic fm baratey akamo ko nabandi bafana iyindi migwi ko nabo bokwigira kuri cooperative ya real madrid fans burundi
musomyi iyi nkuru wew uyivuze kwiki?
16/11/2025
uyu musi rero igenekerezo rya 16 murabona ko ibirori vyo kwihina kwugurura bureau de fans de real madrid au burundi ko vyabaye mukanyamuneza nyangere nkuko mubibona aho kuma foto
rero habaye no gutanga imidari kuba kinyi bakinte muri twash*tse event
no kwakira abanywanyi bashasha binjiy muri cooperative ,kuko vuba iyo cooperative baratangura kurima igitegwa civoka nikinobonobo arinaco gituma mungingo zafashwe nuwurongoy cooperative Nsanzimana j pau afadikanij na W***y manirakiza ko ubu kwinjira muri cooperative uzotanga ibihumbi amajana abiri (200.0000fbu)
nuko ibirori bikaba vyarangijwr nukwiginana batamba akaziki
nkuko ari aba sportives
rero mufana wa real madrid utarinjira iyi cooperative urasizwe namajambere ndakurahiy
gufana vyo mu masales gusa ntibihagije bisaba tubivyaze umusaruro turi hamwe twese kuko birashoboka