12/03/2026
🛑🚨⚠️Nta mugwi n'umwe wo muri PREMIER LEAGUE watsinze urukino muri iyi ndwi muri UEFA CHAMPIONS LEAGUE 🤯🏴❌
PSG 5-2 Chelsea
Atletico 5-2 Spurs
Real Madrid 3-0 Man City
Galatasaray 1-0 Liverpool
Leverkusen 1-1 Arsenal
Newcastle 1-1 Barcelona
ARE WE THE FARMERS??😭
Abafana ba EPL, ni gute tuza kudefanda iyi League ubu naho ??
WE'RE COOKED!!!! 🏴😅
11/03/2026
FT: Ngozi City 5-1 Garage Express
08/03/2026
🟣🔵Umwe mabosore ahaye agwana Barcelona igire sezo nziza Joan Garcias yongeye kwiyerekana ko arumunyegori wo kurwego rwohejuru asamye Match nziza i San Mames
Clean Sheet kuriwe ntankeka uwu muri Finallisima niwe azosimira La Roja 🔥
07/03/2026
🔴🔵 Uno mwambaro Barça yacu iza kwambara muri rino joro kuri 90% abafana ba Barça bacuga ko ari gake turonka intsinzi tuwambaye 🤔
Barcelone Fans Burundi : Uyu musi jewe ndizeye ko ingwanyi zacu ziza kubikora kandi turaza gushima 🔴🔵💪💪🔥🔥♥️♥️
06/03/2026
FT: BS Dynamique 1-3 Ngozi City
Abinjije ibitsindo kuruhande rw'umugwi wa Ngozi City 👇👇
JOHN Frank⚽⚽
GOOD News ⚽
05/03/2026
🛑🚨⚠️BOUM!! NEWCASTLE y'abakinyi 10 itsinze MAN UNITED, MICHAEL CARRICK agiye YAHAGARIKWA 🤯🔥
FT: Newcastle 2-1 Man United
Naho yahawe ikarata itukura k'umunota wa 45, NEWCASTLE igumye Itsinda MAN UNITED
William Osula yinjije igitsindo kidasanzwe k'umunota wa 89, anezereza aba Magpies! WHAT A GOAL 🚀🔥
Michael Carrick atsinzwe urukino rwiwe rwa mbere nk'umumenyereza wa United ! Arahagaritswe 💔
United naho itsinzwe, izoguma ironka Top 5......
Gusa, Mbega performance idasanzwe kuri Newcastle!!! Take a bow👏🫡
03/03/2026
🚨 RÉSULTATS 🔴 uku niko zimwe mu nkino zaraye zibaye zigenze hirya no hino kw'isi🌍 mu mupira w'amaguru ⚽
🇪🇸 ESPAGNE : LALIGA
Real Madrid 0-1 Getafe
🇮🇹 ITALIE : SERIE A
Pisa 0-1 Bologna
Udinese 3-0 Fiorentina
🇵🇹 PORTUGAL : LIGA PORTUGAL
Gil Vicente 1-2 Benfica
🇷🇺 RUSSIE : PREMIER LEAGUE
Sochi 2-3 Spartak Moscow
🇪🇬 ÉGYPTE : PREMIER LEAGUE
Al Ittihad 2-0 Ghazl El Mahallah
Pharco 0-2 Kahrabaa Ismailia
🏴 ANGLETERRE : CHAMPIONSHIP
Birmingham 1-3 Middlesbrough
🇪🇸 ESPAGNE : LALIGA2
Gijon 0-0 Leganes
Cordoba 1-4 Andorra
🇫🇷 FRANCE : LIGUE 2
Amiens 0-2 Troyes
Kora S'abonner kuri wame uronka ukwinkino ziba zagenze buri munsi hirya no hino kw'isi 🌍
Enock Irakoze ✍️
02/03/2026
📋 Liste des convoqués – Real Madrid 🆚 Getafe CF
✅ Rodrygo
✅ Dean Huijsen
✅Thiago Pitarch
✅Palacios
✅Cestero
✅Manuel Ángel
❌ Eduardo Camavinga
📌 Des retours importants… mais une absence notable au milieu.
Pensez-vous que Pitarch sera titularisé aujourd'hui ?
01/03/2026
niwe yaraye atsinze ibitsindo 2 vyose vya murukino rw'ejo Ngozi City yariko itsinda ibitsindo 2 kuri 1.
Niwe yanigenje neza mwugwo rukino (Homme du Match)