18/04/2021
Primus League: Matokeo pamoja na msimamo ya wiki ya 26.
Primus League: Matokeo pamoja na msimamo ya wiki ya 26.
Matokeo kamili ya wiki ya 26 ya ligi kuu Burundi Ijumamosi april, 17.2021 Bumamuru FC 2-0 Rukinzo FC Aigle Noir CS 1-0 Inter Star Buja City 3-0 Atletico Academy. Ijumaa april, 16.2021 Kayanza Unite…
18/04/2021
Primus League: Uko imirwi yatsindanye hamwe nuko isumbana amanota, indwi ya 26.
Primus League: Uko imirwi yatsindanye hamwe nuko isumbana amanota, indwi ya 26.
Uko imirwi yatsindanye inkino zose zakinywe kuva kuri uyu wa gatanu gushika kuri uyu wa gatandatu. Kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 17.04.2021. Bumamuru FC 2-0 Rukinzo FC Aigle Noir CS 1-0 In…
17/04/2021
Primus League: Musongati FC yatakaje ikibanza ca mbere, Flambeau Du Centre mu kibanza ca mbere ivyagateganyo.
Primus League: Musongati FC yatakaje ikibanza ca mbere, Flambeau Du Centre mu kibanza ca mbere ivyagateganyo.
Umurwi wa Kayanza United muhira ku kibuga Gatwaro bahatsindiye umurwi wa Musongati FC igitsindo (1-0), biciye bituma uyo murwi w’i Gitega wari waraye mukibanza ca mbere mu ndwi ya 25 ugitak…
16/04/2021
Primus League: Ratiba ya wiki ya 26 ya ligi kuu Burundi.
Primus League: Ratiba ya wiki ya 26 ya ligi kuu Burundi.
Ligi kuu inchini Burundi yaelekea kufikia tamati ambapo kunasalia mechi 5 kwa kila timu ili ligi lifikie tamati. Hii ijuma na ijumamosi Primus League itakua imeingiya katika wiki yake ya 26 katika…
16/04/2021
Umurwi wa Rutsiro FC wasinyishije Ndarusanze Jean Claude.
Umurwi wa Rutsiro FC wasinyishije Ndarusanze Jean Claude.
Umurwi wa Rutsiro FC uherutse kuduga mu cicaro ca mbere mugihugu c’Urwanda wasinyishije umusatirizi w’Umurundi Ndarusanze Jean Claude batazira « Lamba Lamba ». Ndarusanze Jean Claude Lamba Lamba …
15/04/2021
Musongati FC : Rukundo Jean De Dieu amekabidhiwa tunzo lake.
Musongati FC : Rukundo Jean De Dieu amekabidhiwa tunzo lake.
Mwalimu wa timu ya Musongati FC ya mkoa wa Gitega, alikabidhiwa tunzo lake la BCM Burundi k**a mwalimu bora wa mwezi februari katika ligi kuu Burundi Primus League. Ilikua hiyi ijumapili katika uwa…
15/04/2021
Musongati FC : Rukundo Jean De Dieu yarashikirijwe agashimwe kiwe.
Musongati FC : Rukundo Jean De Dieu yarashikirijwe agashimwe kiwe.
Umumenyereza w’umurwi wa Musongati FC w’i Gitega yararonkejwe agashimwe kiwe k’umumenyereza yigenjeje neza gusumba abandi muri Primus League k’ukwezi kwa kabiri gatangwa na Club BCM Burundi. Hari k…
13/04/2021
Bujumbura City 1-2 Vitalo _ Highlight >>
Bujumbura City 1-2 Vitalo _ Highlight #MagaraTimesTV #MTTVSport >> – Magara Times TV
Posted on April 13, 2021 by Magara Times TVBujumbura City 1-2 Vitalo _ Highlight >> 25em journée de la Primus Ligue Burundi 2020-2021 Bujumbura City 1-2 Vitalo _ Highlight Source. Spread the love CategoriesHome, SportsTags*, , BUJU...
12/04/2021
Primus League: Matokeo na msimamo wiki ya 25 ya ligi kuu Burundi.
Primus League: Matokeo na msimamo wiki ya 25 ya ligi kuu Burundi.
Wiki ya 25 ya ligi kuu inchini Burundi maarufu Primus, ni kwamba timu ya askari Polisi Rukinzo FC ambayo ipo katika mbio za kuwania ubingwa iliishinda timu ya Olympic Star kutoka mkoani Muyinga m…
12/04/2021
: Uko imirwi yatsindanye hamwe nuko irushanya amanota mu ndwi ya 25.
#PrimusLeague: Uko imirwi yatsindanye hamwe nuko irushanya amanota mu ndwi ya 25.
Indwi ya 25 y’ihiganwa ryo mucicaro ca mbere mu Burundi Primus League, umurwi w’Igiporisi c’Uburundi, Rukinzo FC uhiganirwa ikibanza ca mbere watsinze umurwi wa Olympic Star wo m…
10/04/2021
B.S Dynamik 0-2 Bumamuru _ Highlight >>
B.S Dynamik 0-2 Bumamuru _ Highlight #MagaraTimesTV #MTTVSport >> – Magara Times TV
Posted on April 9, 2021 by Magara Times TVB.S Dynamik 0-2 Bumamuru _ Highlight >> le match comptant la 25em journée de la Primus Ligue Burundi B.S Dynamik 0-2 Bumamuru _ Highlight Source. Spread the love CategoriesHome, SportsTags*, #...
06/04/2021
Magara Young Boys 3 vs Kagongo Star FC 0 >>
Magara Young Boys 3 vs Kagongo Star FC 0 #MagaraTimesTV #MTTVSport >> – Magara Times TV
Posted on April 5, 2021 by Magara Times TVMagara Young Boys 3 vs Kagongo Star FC 0 >> Mu rukino rwahuje Magara Young Boys na Kagongo Star FC rwarangiye Magara Young Boys itsinze ibitego 3 , Kagongo Star FC 0. urwo rukino rukaba rwabaye kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya....