Fiston mayele fei toto

Fiston mayele fei toto

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Fiston mayele fei toto, Sport & recreation, Rugombo.

10/01/2026

Gahunda ejo dimache 21h El classico

Photos from Fiston mayele fei toto's post 27/12/2025

ABARUNDI BAMA BITA MUBINTU BATAZI YARAYE YEREKANYE UBUMENYI BUKE URWEGO RWOHASI GUSA NGUYO NGO YITWA PACIFIQUE NDABIHAWENIMANA NGO NUMUHAGARIKIZI W,UMURUNDI KUMUSI WEJO ISAHA CUMINAZIBIRI YARIKO ARASIFURA URUKINO MUGIKOMBE CAFRIKA M RWAHUZA UMUGWI WAMISIRI ARIYO ร‰GYPTE NA AFRIKA YEPFO SOUTH AFRIKA ARIKO ICATANGAJE BESHI NTAZI NAMAKOSA ASIFURAYARIYO AHO YARAYE ATAYICIZERE ARASEBYAMAKUNGU MUGUTANGA PENALITY ATARIYO AHAKWA GUKUBITWA. NIMBA YARIYIBAJIJEKO ARIKO ASIFURA BUMAMURU NAMUSONGATI SINZI EMWEEE AFRIKA YEPFO YARAYE AYITSINDISHIJE BIBONEKA KBSA AHEREZA PENARITI ABANYAMISIRI KUGEZAHO NUWAYIHAWE YITWA MUHAMED SALAH YANKA KUYITERA AZAGUHABARABU INTSINZI KANDI TURABO KUMUGABANE WAMANDERA
UBURERO NA SALAH UMUKINYI WA ร‰GYPTE NTATAHURIMPAMVU YAHAWE PENALITE
NOBIBUTSAKO RWARURUKINO IMIRWI YOSE YARIKUTAHA INGANYA 0_0
ARIKUYOMUGABO MUBONA WAPI UGWEGO RWIWE RURIHASI URUKINO RWACIYE RUHERA KURI KIMWE CA ร‰GYPTE KWIYOPENALIT KUBUSA BWA AFRIQUE YACU
NTAMUHAGARIKIZI AKENEWE MWIZINKINO NKA PACIFIK MUHENGAMYI

30/11/2025


Girona iragarikwa

19/11/2025

๐Ÿšจ

Ibi n'ivyo bihugu bimaze gukatisha amatike yo kuzokwitabira igikombe v'isi yose kizokinirwa muri , hamwe na .

Hakaba hasigaye imigwi izoserukira ibihugu bine bizoca munkizo za barrages.


Photos from Fiston mayele fei toto's post 14/11/2025

๐Ÿšจ AMATEKA : Kylian Mbappรฉ ubwo yatsindira umugwi nserukiragihugu w'Ubufaransa ibitsindo bibiri muri bine baraye batsinze umugwi nserukiragihugu wa Ukraine yaraye yujuje ibitsindo 400

Ku myaka yiwe 26 yaraye yujuje ibitsindo 4๏ธโƒฃ0๏ธโƒฃ0๏ธโƒฃ muugendo rwiwe rw'umupira w'amaguru nk'umukinyi yabigize umwuga :

๐Ÿ”ต PSG : Ibitsindo 256
โšช Real Madrid: Ibitsindo 62
๐Ÿ‡ซ๐Ÿ‡ท France : Ibitsindo 55
๐Ÿ”ด Monaco : Ibitsindo 27

Umusore akomeje kubona izamu ukwo bukeye ukwo bwije!!


14/11/2025

Kuba wavyutse amahoro ntago bwabaye ubuhinga bwawe bwabaye ubugombe bwimana nyamba wemerako ariyo yambere mubuzima bwawe fata uvuge amen

13/11/2025

GOOOOOOOOOOOOAAAAAAAAAAAAAAALLLLLLLLLLLL ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ‡ซ๐Ÿ‡ท GOOOOOOOOAAAAAAAAAAAALLLLLLLL.........
Kylian Mbappe KURI PENALITY

55" FRANCE ๐Ÿ‡ซ๐Ÿ‡ท 1๏ธโƒฃโž–๏ธ0๏ธโƒฃ UKRAINE ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฆ

Photos from Fiston mayele fei toto's post 13/11/2025

๐Ÿ“ŒNgizi impamvu zatumye Inkino 2 uBurundi bwokinye zarasivye Comores na Zambie Kuko ivyo bihugu vyose vyarakuyeko uBurundi kubihugu bazokina !

๐Ÿ”ท Zambie yaraye itangajeko itazokina n'uBurundi ahubwo izokina na Africa y'epfo hamwe na Angola!

๐Ÿ”ท uBurundi bwaribwaripfuje gukina na Comores kugira ize gukinira ngaha mugisagara ca Bujumbura Ariko Comores ica yereka uBurundi ko yo yamaze gupanga gahunda yayo yizindi nkino !

๐Ÿ”ธ Comores harageze yaho uburundi buyandikira kuvyekeye urwo rukino ikishura haciye amasaha 6 Niko guca uburundi buyibwira ko batevye kwishura bwisubirako bugapanga izindi gahunda.
Comores ntabwo yongeye kubasubiza ubutumwa nabumwe kuko ntamuntu numwe womumugwi nserukiragihugu w'uBurundi canke womuri ffb yavugana nabo muri Comores kuko urukino rwarirufiswe n'umu commissionaire birangira Comores ibonyeko atanyungu nimwe yokura murukino yokina n'uBurundi

๐Ÿ”ทMunyuma niho uBurundi bwiyumvira ko gukina na Zambie nayo yahavuye isiba biturutse kukikibazo camatike yindege

๐Ÿ”ท Impamvu umugwi nserukiragihugu w'uBurundi rero wiyumviriye abakina ngaha nikuberako izinkino zagicuti zamwizindwi FIFA iba yatanze yakaruhuko iyo utazikinye ukazirengagiza uracibwa ihadabu kandi nokugira abarihiwe amatike yindege baza ntapfe ubusa . [ ๐Ÿ—ž๏ธ Irebesports]

๐Ÿ”ท Nkwibutseko Umugwi nserukiragihugu w'uBurundi wabakina ngaha mu Burundi (locaux) uyumwaka atahiganwa barigutegura Kuko niryo barimwo batageze kure kandi Nkwibutseko Abakinyi ba Flambeau du centre na Vision batumweko mwuyo mugwi bafise urukino uwumunsi kandi nokuwagatandatu bazoba barimurukino mumugwi nserukiragihugu w'uBurundi

MN: ffb Ntabwo iratanga itangazo Ryemeza ko u Burundi butazokina na Zambie mugihe zambie yoyo yaraye itangajeko izokina inkino zayo zibiri urwo bazokina na Africa y'epfo Itariki ya 15 nurwo bazokina na Angola igenekerezo rya 18 munyunyo muri Angola bakaba bavuzeko batazokina n'uBurundi kubwikibazo c'ubuhinga ( technical reasons)

๐Ÿ“ขWewe ubivuzekwiki nigipimo ciza ? Wewe uzoshigikira bande

10/11/2025

๐Ÿšจ๐Ÿšจ Jules Koundรฉ uku niko yasesetse mumugwi nserukiraguhigu w'ubufaransa ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ต

Iyinyambaro uyiha amanota angahe 10/

10/11/2025

๐Ÿšจ๐Ÿค•๐—ฌ๐—ข๐—ข๐—ข๐—› ๐— ๐—•๐—˜๐—š๐—” ๐—œ๐—ก๐—ž๐—จ๐—ฅ๐—จ ๐— ๐—•๐—œ ๐— ๐—จ๐—ฅ๐—œ ๐—ฅ๐—˜๐—”๐—Ÿ ๐— ๐—”๐——๐—ฅ๐—œ๐—— ๐Ÿ˜“

Umunyegori ๐Ÿงค๐—ง๐—ต๐—ถ๐—ฏ๐—ฎ๐˜‚๐˜ ๐—–๐—ผ๐˜‚๐—ฟ๐˜๐—ผ๐—ถ๐˜€ Hamwe Na ๐—™๐—ฒ๐—ฑ๐—ฒ ๐—ฉ๐—ฎ๐—น๐˜ƒ๐—ฒ๐—ฟ๐—ฑ๐—ฒ Baraye Bagize Imvune ๐Ÿค• Murukino ๐—ฅ๐—ฒ๐—ฎ๐—น ๐— ๐—ฎ๐—ฑ๐—ฟ๐—ถ๐—ฑ Yanganije Na ๐—ฅ๐—ฎ๐˜†๐—ผ ๐—ฉ๐—ฎ๐—น๐—น๐—ฒ๐—ฐ๐—ฎ๐—ป๐—ผ Kumunsi Wejo

Aba Bose Ntan'umwe Azoja Gufasha Umugwi Nserukiragihugu Wiwe !๐Ÿ™… โŒ

Aba Basore Bafise Uburuhe Bwo Mumitsi

Bagiye Kuguma i ๐— ๐—ฎ๐—ฑ๐—ฟ๐—ถ๐—ฑ Babe Baravurwa ๐Ÿ’‰๐Ÿ’Š Atagihindutse Bazoca Bagaruka Mukibuga Murukino ๐—ฅ๐—ฒ๐—ฎ๐—น ๐— ๐—ฎ๐—ฑ๐—ฟ๐—ถ๐—ฑ Izohura Na ๐—˜๐—น๐—ฐ๐—ต๐—ฒ Mwihiganwa Rya ๐—Ÿ๐—ฎ๐—น๐—ถ๐—ด๐—ฎ ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ฆ

๐ŸคฒUkaba Urumukunzi W'inkino Ntugende Udakoze Kurino Page Ya Kugira Uzokwame Uronka Amakuru Menshi Mashasha โšฝโœ…

10/11/2025

Ihangane ukore aho handitse suivre canke follow ama mega ntacahera ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™

10/11/2025

๐Ÿšจ IBINTU BIRAKOMEREYE ALONSO!๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ

Ikinyamakuru gikomeye co muri Espagne La SER, kimenyesha ko Real Madrid ifata ko kwongereza amasezerano ya Vini Jr. nkโ€™icihutirwa cane.

Madrid ibona ko Xabi Alonso ariko afata Vini Jr mu buryo butabereye kandi ivyo vyerekana akarenganyo ariko arakorerwa.

๐Ÿ—ž (La SER)

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Rugombo?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Culinary Team

Attire

Website

Address

Rugombo