17/03/2026
♻️✅️Boom nuko haaland yari yishe mugenziwe kw'iyondwiheze
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Football New MGMR, Sports League, Rumonge.
17/03/2026
♻️✅️Boom nuko haaland yari yishe mugenziwe kw'iyondwiheze
01/03/2026
🔵 🔴 Laminé YAMAL nuko yagiye kugira RAMADAN ahejeje gukora triple itangaje cane
28/02/2026
🚨✅ Cristiano Ronaldo Ubu tuvugana UD Almería nigwiwe
kuva agaze umugwi wa Alméria abantu bahota bawukurikiranira hafi bahota bangana 489K ariko Ubu ugeze kuri 2.8M
07/02/2026
🚨 MBEGA 🔴 aba nibo bakinyi IX bitezwe ko bazotangura kumunsi w'ejo kuruhande rwa Real Madrid imbere ya Valance.
Kylian Mbappé 🇨🇵 azosubira kuruhande gwiwe ibubamfu (Vinicius siho azobari ndetse na Rodrigo).
urabona uyumugwi harico uzotanga!?
Football New MGMR
03/02/2026
🚨✅CR7 ahejeje gusinya muri Aston Villa 🇫🇮
03/02/2026
🚨✅ Victor font uwuhaye ariko ariyamamaza mubazoba umuperezide wa FC Barcelone ahejeje kuvugako niyatogwa akaba umuperezide ko azoca abazanira umwe muraba akaba ari haaland 🇳🇴 canke Alvarez 🇦🇷
03/02/2026
🚨✅ Barça ihejeje gusaba ko ariyo izokwakira finale ya Ligue de champions ya 2029
03/02/2026
🚨 BREAKING : Deal ya Karim Benzema aja muri Al Hilal, yarangiye !
Karim Benzema yamaze kwemera ibintu vyose biri mubusabe bw'amasezerano Al Hilal wamurungikiye uno munsi !
Ibintu bigeze kuntambwe yanyuma, Benzema arindiriye ko bamumenyesha gusa ko hageze kw'asinya. ✍️
Karim Benzema agiye gusinya amasezerano y'umwaka umwe n'igice, azomugeza muri 2027.
03/02/2026
🚨✅ uyo mubona numufana wa FC Barcelone ahejeje kuvugako azokwimwesha aruko itwaye Ligue de champions Ubona Barça izogitwara ryari
03/02/2026
✅️Abazungu ntaco batazobaha vrmnt ehe ndabira ubu ntavyooo kwigora🤣🤣🤣🤣
16/01/2026
🎙️Arturo Vidal: “Ku bwanje, Fermín ni umukinyi mwiza wo hagati kurusha Bellingham. Arafise uburemere, akaranga, n’uko umutima wa Barça.
Talent ntaco imaze — kandi Fermín afise ivyo vyose.” 💙🔴
10/01/2026
🚨🎙️ Shakira umuririvyi wo muri reta zunzubumwe na America avuga kuri el clasico yahoo bukera
Shakira🎙️! Jewe nkuko ndabibona itsinzi niya FC Barcelone kandi izotsinda 4-1 Real Madrid
Uravyemeranya n'a Shakira cugira icuvuze muri commentaires Kandi wibuke gukora follow kuri 📱 yawe Football New MGMR