14/05/2026
GitegaSport
Ndabaramukije Nongera nsaba imbabazi ku kuba iyi page imaze iminsi idakora uko bikwiye kandi ntatanga amakuru ku gihe. Hari impamvu zatumye nindira, ariko ndemeye ko ubu ngiye gusubira kubaha amakuru mashasha ku gihe, atomoye kandi yizewe cane mu mirwi yanyu mukunda Flambeau du centre na musongati FC gikundiro. Murakoze cane ku kuntu mukomeje kunyihanganira no kunyigumira hafi.
25/03/2026
⚽ OFFICIEL ✅ Uku niko Imirwi yatomboranye muri kimwe ca 1/16 gishira icanyuma mugikombe citiriwe umukuru w'igihugu :
⏯️ Flambeau du Centre 🆚 Kizuka Mandarine
⏯️ Aigle Noir 🆚 New Force Academy
⏯️ Bg Green 🆚 Amasipiri Nvgp
⏯️ Inter Star 🆚 les Jeunes Athletiques
⏯️ Olympic Star 🆚 CKFA Fc
⏯️ Messager Ngozi 🆚 ac Vita
⏯️ Vital'o 🆚 Magara YBS
⏯️ Musongati Fc 🆚 Musongati ac
⏯️ Vision 2026 🆚Rocky City nyanza
⏯️ Bs Dynamique 🆚 unité New oil
⏯️ Garage Express 🆚 lumière mwaro
⏯️ Rukinzo Fc 🆚 Rapido Ac
⏯️ Ngozi City 🆚 Malayik
⏯️ Kayanza United 🆚 Komezutsinde
⏯️ Mararo 🆚 Muzinga Fc
⏯️ Ac ubumwe 🆚 Bumamuru Fc
Inkino zizoba hagati y'amatariki ya 1na 2 zukwezi Kwa 4
igitangaje ntamugwi uzokinira kukibuga cawo yakirirako ikindi ntavya aller, retour bizohana hazokinwa 90m hategwe penalty direct
uvyakiriye gute nawe
10/01/2026
Derby gitega Operation 3pts
Flambeau du centre vs musongati🔥🔥🔥
K'umunsi wejo igihe c'isaha icenda zuzuye neza stade ingoma
Wewe ubona harimwo kugabura canke umurwi ukunda urawizeye twagiye muri comments
#
18/12/2025
📢 ntabacike yo gutsindira imoto nshasha, terefone, na Radi nziza na .
⚽🏆 Mbega CAN yoba ikuryohera? Ngiyo ije kuguha amahirwe yo Gutsinda!
Kuva itariki 17/12/ 2025 Gushika itariki 18/01/ 2026, BuBET itanguje ihiganwa ridasanzwe Ku bakunzi b'umupira w'amaguru ⚽ wo muri Afirika🌍
🎯 UKO IHIGANWA RITUNGANIJWE.
👉 Kora itike(Coupon) ifise amanota menshi kandi itsinda.
👉 Muri iyo tike, utegerezwa gushiramwo nimiburiburi urukino rumwe rwo muri CAN2025.
👉 Iyo tike muyikine kuva Ku mahera1000 (1 000 FBU) nayarenga.
💡 Uko itike yawe igira ama nota menshi kandi igatsinda, Niko utera uja mubambere!
🎁 BuBET yabateguriye ubushimwe bukomeye👇:
🥇 IKIBANZA CA 1: 🏍️ I Moto isharizwa(Moto électrique 🔥)
🥈 IKIBANZA CA 2: 📱 ''Smartphone'' yo mubwoko bwa ''Infinix''.
🥉 IKIBANZA CA 3: 🔊 ''Speaker'' nziza cane yo mubwoko bwa ''Subwoofer''
🏅 IKIBANZA CA 4-5 NA 6: 👕 T-shirts ya BuBET+ ''Code Parrainage'' ifise izina wipfuza.
🔥 Tigira ku nkino za CAN na BuBet, higa amanota menshi maze utsindire vyinshi !
📲 Injira muri konte yawe, shirako amafaranga, tigira hama utsinde.
Ku nkino rya BuBET menshi itsinda gitega.
15/09/2025
Amakuru mashasha ava mundongozi za flambeau du centre urukino rugiye guhuza
🇧🇮 🆚 🇱🇾
Flambeau du Centre Fc 🆚 AL AKHDAR SC
Abakunzi b'umupira w'amaguru muntara ya gitega cane cane abakunzi ba flambeau du centre ibisabwa murugendo 🚌🚌🚌🚌🚌🚌🚌🚌🚌
1.Hazosabwa 10000fbu arrêt retour
2.Hazosabwa umwambaro w'umugwi wa flambeau du centre canke umupira wera hose
Musomyi wiyi nkuru ntankeka nawe uri muntara ya gitega nawe urondere umwambaro w'umugwi wa flambeau du centre dushigikire umugwi wacu mu ntara ya gitega
12/09/2025
Mu mugwi wa flambeau du centre mu ntara ya gitega iminsi bayiharura kurushi mugihe hasigaye iminsi 8
11/09/2025
Gitega iyi weekend haraba inkino zikomeye kumigwi yanyu mukunda nka flambeau du centre uzatana mu mitwe na Garage express k'umunsi wa gatandatu k'umunsi wamungu nzho musongati fc itane mu mitwe na vital'o fc umugwi ukunda ubona uzobikora ?
11/09/2025
Flambeau du Centre Fc 🆚 Al akhdar sc
🏆 CAF CONFEDERATION CUP
🏟️ INTWARI STADIUM
📆 20-9-2025
🕛 3PM
26/08/2025
Kuruno wambere igenekerezo rya 25 Myandangaro niho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryashira kumugaragaro ishure ry’akarorero ry’umupira w’amaguru rya FFB (Académie d’Excellence de la FFB).
Iyo Académie ikaba igizwe n’abana batarenza imyaka 15 abo bana bose ni 100 abakobwa ni 50 n’abahungu ni 50.
📸FFB
07/08/2024
PRIMUS LIGUE BURUNDI 2024-2025