BUKA NUYE

BUKA NUYE

Partager

Ma vie ma propre seine

15/03/2026

🚨 BIMAZE KUBA OFFICIEL ✅

Thiago Pitarch ntashobora kwongera gukina irushanwa rya UEFA Youth League.

Amategeko agenga iri rushanwa avuga ko umukinyi ukina muri Youth League yemerewe gukina imikino ibiri gusa muri UEFA Champions League hamwe n’umugwi mukuru .

Ariko umukino wabaye uyu munsi wabaye uwa gatatu Pitarch akinye mu mugwi mukuru .

➡️ Ibi bivuze ko atakemerewe kwongera gukina Youth League, kuko yamaze kurenza ibiharuro vy’inkino yemerewe gukina mu ekipe nkuru.

15/03/2026

🚨 AMAKURU MASHYA | FC Barcelona irimo kwihutisha ibiganiro vyo kugura myugariro muto Luka Vušković. 🇭🇷

Uyu musore w’Umunya-Croatia bivugwa ko agaciro kiwe kari hafi kuri miliyoni 40 z’amayero.

Uwujejwe inyungu ziwe (agent) Pini Zahavi, ari na we uhagarariye Robert Lewandowski ndetse n’umutoza Hansi Flick. 👀

Ibi bishobora gufasha Barcelona mu biganiro kuko Zahavi asanzwe afitanye umubano mwizan’uyu mugwi.

🗞️ Sport
Nimba utara Followinga page yacu uroreye iki koko !! Pour plus d’informations like and share 🔵🔴

15/03/2026

GiveMeSport yo ng’uku ibona aba wingers barushanya ubushobozi (abakinyi bakina baca kuruhande mugusatira) namwe mudutondekere abo 2 babura ?!!🐒

15/03/2026

🚨✅😍 Hari imigwi2 yo muri Portugal ndetsen’umugwi umwe wo muri Bundesliga yagaragaje ko yifuza kumenya niba bishoboka kuronka Roony Bardghji ku ntizanyo (loan).

Ingingo yanyuma ntirafatwa kuri kazoza k’uyu mukinyi. nyuma y’uyu mwaka wa saison niho bazofata ingingo yanyuma nimba Barcelona yo murekura . Ariko umukinyi kuruhande rwiwe amaze kugaragaza ko yishimiye kuba i Barcelona.

🗞️ Amakuru ava kuri Sport. ✍️

15/03/2026

🗣️ Hansi Flick mbere y’urukino rwa FC Barcelona na Sevilla FC:

« DUFITA izindi nkino 3 muri iyi ndwi , kandi nindwi I gikomeye cane kuri twe. Intumbero yacu ni gutsindira inkino zyose ku kibuga cacu . Ntibizoroha kuko tuzi ko Sevilla ari ikipe ikomeye, kandi babigaragaje mu rukino rwambere : bafite ubwugarizi bukomeye kandi bakina neza mu bihe vy’umwe kuwundi. Icakamaro ni uko tugomba gukina dufite icyizere, kandi ni byo ntegereje ku ikipe ejo. »



🗣️ Flick ku kugaruka kwa Gavi:

« Gavi ubu yiteguye kongera gukina, kandi ndabyishimiye cyane. Ashobora gukina iminota mike, kandi ni byiza kuba agarutse. Mu myitozo tubona imbaraga n’ishyaka afite, ariko tugomba kumwitaho neza. Yagize imvune ikomeye, urugendo rwe rwo gukira rwari rutoroshye. Turabizi ko agifite imyaka myinshi yo gukina, bityo tugomba kwitonda. Nishimiye ko agarutse, kandi uyu mukino ni uw’ingenzi kuri we. Nkunda cyane uburyo akinamo n’ishyaka agira ryo gufasha ikipe. »



🗣️ Flick ku bijyanye n’amatora muri Barça:

« Twebwe twibanze 100% ku mukino. Ibijyanye na politiki y’ikipe tuzabireba nyuma. »



🗣️ Flick ku mibare y’ibitego bya Ferran Torres na Robert Lewandowski muri 2026:

« Ibyo ntibimpangayikishije. Ibi bintu bibaho ku basatira izamu. Ntekereza ko igihe cyiza cyo kongera gutsinda kiri hafi, kandi ibyo nabonye mu myitozo birerekana ko turi mu nzira nziza. »



🗣️ Flick ku bijyanye na Roony Bardghji:

« Roony ni umukinnyi w’umwuga nyawe, kandi imyitwarire ye ni myiza cyane. Tuzi umwanya akinaho n’abawurimo, bityo ntibimworohera kubona umwanya muri iyi kipe ifite abakinnyi beza cyane. Ariko imitekerereze n’imyitwarire ye biratangaje, kandi arimo kubyitwaramo neza. »



🗣️ Flick ku gihe cyo gukina cya Xavi Espart:

« Abakinnyi bose bashobora gukina ejo. Espart amaze amezi myinshi yitoza natwe ariko yaje kugira imvune. Kugaruka kwe ni byiza cyane kuko biduha ubundi buryo, cyane cyane kubera imvune za Alejandro Balde na Jules Koundé. »



🗣️ Flick ku gutsindwa na Atlético Madrid:

« Rimwe na rimwe gutsindwa ni isomo rikomeye. Tumaze gukina imikino 11 mu minsi mike, hafi umukino umwe buri minsi 4. Amahitamo yo guhinduranya abakinnyi ni make cyane, cyane cyane ku myanya imwe n’imwe. Abakinnyi nka Pedri, Raphinha na Marcus Rashford baracyakeneye igihe kugira ngo bagaruke ku rwego rwabo rwiza. Ariko ndishimira cyane imyitwarire n’imitekerereze y’abakinnyi. »



🗣️ Flick ku bijyanye na Frenkie de Jong:

« Turizera ko azagaruka nyuma y’ikiruhuko cy’imikino mpuzamahanga. Gukira kwe biri kugenda neza. »



🗣️ Flick ku Eric Garcia, Gerard Martín na Pau Cubarsí:

« Eric ntiyakinnye na Atlético kubera ibihano, kandi ntiyakinnye na Newcastle. Gerard Martín amaze gutera imbere cyane, imyitwarire ye ni myiza. Na Cubarsí na we, nubwo afite imyaka 19, ari gukora neza. Ndabishimira cyane. »



🗣️ Flick ku Lamine Yamal:

« Tuzaraba niba azotangura mu kibuga. Yari arwaye, ariko ubu ameze neza kandi yiteguye gukina. » ⚽

15/03/2026

Goal valvelde
Now 1:0

11/03/2026

🚨 AMAKURU YIHUTIRWA: Michael Olise ashobora guhanishwa ibihano na UEFA kubera ko bikekwa ko yirondereye ikarata y’umuhondo abishaka mur’ukino rwabaye ejo kumugoroba .

Mu gihe FC Bayern Munich yari iri gutsinda 6–0, Olise yafasheumwanya munini cane agiye gutera korone , Yanka kwihutisha urukino nubwo abasifuzi babimuhanurira kenshi.

Birakekwa ko yabikoze ku bushake kugira ngo ahagarikwe urukino ruza , bityo ntazacikwe n’inkino zizobandanya mu 1/4 gishira icanyuma ca UEFA Champions League.

Aya makuru yatangajwe na RMC Sport. ⚽🚨

11/03/2026

🚨 Lamine Yamal na Michael Olise bakinnye inkino zingana mu makipe yabo muri uyu mwaka w’inkino :

🇪🇸 Lamine Yamal (wa FC Barcelona)
👕 Imikino: 37
⚽ Ibitego: 20
🎯 Imipira yavuyemo ibitego (assists): 14

🇫🇷 Michael Olise (wa FC Bayern Munich)
👕 Imikino: 37
⚽ Ibitego: 15
🎯 Imipira yavuyemo ibitego (assists): 22

✅Icitonderwa : Lamine Yamal ntakinana ku mwanya wa nimero 9 (rutahizamu wo hagati). Iyo aza kuba akinaho, bishoboka ko yari kuba afite assists zirenga 30. 😮‍💨🎯

Ariko Ferran Torres we ati: “Oya!” 😒⚽

11/03/2026

Arsenal qui égalise !!
Goriii

10/03/2026

Yamal Goriiiiiiiii

10/03/2026

🚨💣 Xavi Hernández yatangaje ko Lionel Messi kugaruka muri FC Barcelona mu 2023 vyari vyamaze guhera burundu. 🤯

🗣️ Xavi yavuze ati:

“Messi kugaruka muri Barcelona vyari vyarangiye vyose nyuma y’uko Argentina national football team itsindiye FIFA World Cup. Mu by’ukuri vyose vyari done ✅.” 😲

“Twari dufite ndetse n’uruhushya rwa La Liga… kandi Messi ubwe yari ashaka kugaruka, ariko perezida Joan Laporta yahagaritse iryo sinyishwa .” ❌

“Laporta yambwiye ko ivyo vyari gutuma habaho intambara y’imishahara (wage war) hagati y’abakinnyi, kandi ko atashoboraga kuvyemera ,”

niko Xavi yabwiye ikinyamakuru La Vanguardia. 😲

Kora suivre kuri chaîne yacu ya WhatsApp

https://whatsapp.com/channel/0029VacA9fR35fLr5musiA3O

10/03/2026

🗣️ Joan Garcia mbere y’urukino ruzobahuza na Newcastle United yavuze ati:

“Twinjiye muri uru rukino dufita ishaka ryinshi, tuzi ko hari ugushaka kwihorera, ariko dufite icizere ko ikipe izatanga ivyo ishoboye vyose. Tugomba kwigira ku vyo twabonye mu rukino rwa Atlético Madrid mu Gikombe c’umwami , aho twahomvye cane kubera I vyabaye murukino rubanza.” ⚽

🗣️ Ku bijyanye n’amatora:
“Ntacyo adutwayeho na gato, twe twibanze gusa ku mukino.”

🗣️ Ku bitego batsinzwe:
“Mu mikino iheruka twitwaye neza kurushaho. Twabonye umwanya uhagije wo gusesengura uko twakinnye. Twateje imbere uburyo bwo gusatira duhatiriza (pressing), kandi twabikozemo imyitozo. Hari iterambere kandi riragaragara.”

🗣️ Ku gutsindwa na Atlético:
“Ni isomo rikomeye kuri twe. Turi ikipe ikiri nto. Ni imikino ibiri (ubanza n’uwo kwishyura). Uwo duhanganye azatanga vyose , kandi ivyabaye kuri Atlético bizadufasha.”

🗣️ Ku mukino na Newcastle United:
“Kuba twarigeze gukinira hano mu matsinda biradufasha, ariko buri mukino uba utandukanye. Ubu ibintu birahinduka kuko turi mu mikino yo gukuranwamo (knockout).”

🗣️ Yongeyeho ati:
“Nkomeza kubivuga: kuba twarahakiniye mbere ni akarusho gato, ariko tugomba gukomeza kwitonda no gukina ku muvuduko mwinshi. Bakina bashyira igitutu kinini kandi bakoresha cane imbaraga z’umubiri. Twigeze kuhatsindira ibitego 2–1, ariko tugomba kongera gukora nkivyo no gukosora amakosa twakoze ubushize.”

🗣️ Ku iterambere rye nk’umunyezamu:
“Ndagerageza kunoza utuntu duto buri munsi. Nagombaga kwagura uburyo nkina, kandi nizera ko nimara kurangiza ihiganwa nzaba ndi umunyezamu urushijeho kuba mwiza.” 🧤

🗣️ Ku makuru yavugaga ko ashobora kujya muri Newcastle mu mpeshyi ishize:
“Hari ibiganiro vyinshi byabaye mu mpeshyi ishize, ariko igihe amahirwe yo kuza muri FC Barcelona yagaragaraga, nahise menya ici nshaka. Nta yindi telefone nakiriye. Nishimiye cane kuba ndi i Barcelona.” 🔵

Vous voulez que votre entreprise soit Gym la plus cotée à Bukavu ?

Cliquez ici pour réclamer votre Listage Commercial.

Emplacement

Type

Site Web

Adresse

Kinshasa
Bukavu