16/05/2026
aaa
🇪🇦💜❤️ iyi page itanga amakuru ya football na cane cane aya FC Barcelone
News in three languages:
Kirundi 🇧🇮 Français 🇨🇵 Anglais 🏴
🏟️ Sportfy Camp Nou
16/05/2026
aaa
14/05/2026
e
N'oublions pas que le Barça joue ce soir contre Alaves.
coup d'envoi 19h30 GMT
12/05/2026
10 joueurs du FC Barcelone 🇪🇦 convoqués par le sélectionneur de La Roja( équipe nationale Espanyol 🇪🇦🇪🇦)
Gavi,Lamine,Pedri,Olmo,Torres, Cubarci,Martin,Eric, Firmin et Garcia sont dans le groupe
12/05/2026
Aha wibaza ko barya bagabo babiri bari inyuma (umwe yambaye costume za noir uwundi jersey zera) bariko biyumvira iki?
Je mbona basa nabatangaye,bavuga ngo "....eeeh,baragitwaye kweri...."
11/05/2026
Aha wibaza ko aba ba jeunes babiri noba bariko bavugana uduki?
Olivia Rodrigo twizere ko ataje nka Nicky Nicole ku musore wacu🤦🤦🤦
04/05/2026
Happy birthday to you Joan Garcia 🎂🎂
25years old
for Classico
03/05/2026
BOMBAZOOOOO 💪💪💪
🌏 Umugwi wa FC Barcelone y'abigeme irash*tse muri final ya Champions League
🌏 Inyuma yo kunganya na Bayern München 1-1 muri match allé,FC Barcelone ikosoye Uwo mugwi wo mubudagi mukuwutsinda ibitsindo bine kuri bibiri i Sportfy CampNou.
Aho biciye biba 5-3
🌏 FC Barcelone iciye ihamvya les Lionnes ( abigeme ba Olympique Lyonnais) muri Final.
Ubona arinde azotahukana iki gikombe?Lion canke Barça?
Tubwire muri commentaire 👇
📷 Mundo Deportivo
03/05/2026
👕 FC Barcelone yamaze gushira ahabona maillot bazokinana .
👕 Iyo maillot izoba iriko y'umuririmvyi aho indirimbo ziwe arizo zumvirijwe cane kurubuga Spotify rusanzwe ari umufatamya bikorwa mukuru wa FC Barcelone 🇪🇦
👕 Iyi logo ya uyibina gute?
Reka twipfurize amahirwe abasore bacu