UMUCO.net

UMUCO.net Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from UMUCO.net, Sport & recreation, Nairobi, Moi.

27/06/2026
27/06/2026

Umuco

04/06/2026

nkubu hari abazi ko vyizana

08/05/2026

NGO NAKANA BIBILIYA IVUGA NGO HAZOGERA IGIHE ABAGORE INDWI BOSE BAZOBA BIPFUZA KO BARONGORWA N'UMUGABO UMWE????JEWE RERO:NDIPFUZA CANE KUBONA ICO GIHE,AHO UMUGABO AZOBA YADUZE IBEYI GUSUMBA UBU!!!CANKE NAGIRA N'UBUBESHI.

06/05/2026

BIRABABAJE CANE KUBA IGIHE CO GUKORA IMANEA ZUBIGENI HAKIRIHO ABAKOBWA BARIKO BIYEGURIRA KUBAKA IZABO BATAZI GUTEGURA IMFUNGURWA NEZA,NIBURIBURI KURUGERO RUBAYABAYE.2026, NAGIRA NDABIBUTSE KO ATAMUGABO NUMWE ATAGOMBA GUFUNGURA UTWO CHÉRIE YATAGUYE DUHUMURA NEZA.....MWISHIKI ,NYARAGASA WEGERE MUGENZAWE,CANKE MUVUGANE N'A AGENZI MURONDERE UWUBIGISHA NIBURIBURI IVYIBANZE'IMBERE YUKO ITARIKI YURUBAZA IGERA...NARENGANA MURANTUNGA.

30/04/2026
Ca cogajuru ca   kimaze kugaruka kw'Isi, kivuye ku Kwezi biciye mu rugendo rwa  ,camaze gushirwa  mu kibanza cihariye ca...
26/04/2026

Ca cogajuru ca kimaze kugaruka kw'Isi, kivuye ku Kwezi biciye mu rugendo rwa ,camaze gushirwa mu kibanza cihariye ca NASA kugira gikorerwe igenzurwa ryimbitse cane n’isesengura rihanitse.

Muri iki kiringo, abahinga batangura gusuzuma neza cane ubuhinga bwose buri muri ico gikoresho, kuva ku:
1. buryo kigenda,
2. uburyo bwo guhanahana amakuru,
3. ordinateurs, nibindi

Vyose ni kugira bakusanye amakuru akomeye azofasha kunagura imiterere y’ibikoresho bizokoreshwa mu ngendo zizokurikira.

✅Icitabwaho cane ni igipfukisho gikomeye kirinda ubushuhe bwinshi ( ), gifise uruhara rukomeye mu gukingira ico gikoresho hamwe n’abagenda mu kirere igihe basubiye kwinjira mu kirere c’Isi ( ).

Mu gihe co kugaruka ku Isi, ubushuhe burashobora gushika hejuru ya degre 2.700°C — ni urugero ruhanitse cane rushobora gushongesha ivyuma vyinshi. Kugira bashobore guhangana n’ico kibazo, ikorwa hakoreshejwe ubuhinga budasanzwe bushobora kunwa no kugabanya ubushuhe biciye mu nzira yitwa , aho igice co hanze gishonga buhoro buhoro kugira gikureho ubushuhe bukabije.

Iyo hoba habonetse ingorane iyo ari yo yose kuri heat shield, abahinga baca bakora isesengura ryimbitse kugira bamenye icabitumye. Ayo makuru aca akoreshwa mu kunagura no gukora neza kurushiriza ubuhinga bwo gukingira mu ngendo zizokurikira.

Uretse ivyo, iranasesangura amakuru yose yakusanyijwe mu rugendo kugira isuzume uko ubuhinga bwo muri ico gikoresho bwakoze, harimwo ama ordinateurs n’ibikoresho vy’itumanaho. Intumbero ni ukwemeza ko buri kimwe gikora neza kandi mu mutekano wo hejuru cane.

Muri rusangi, ingendo zo mu kirere kiri hejuru cane ni zimwe mu ngendo zigoye kandi zishobora guteza ingorane kuruta izindi zose zakozwe n’abantu. Zisaba ubwitonzi bwinshi cane, kuko ikosa rito gusa rishobora gutuma igikoresho gitakara hamwe n’ubuzima bw’abagenda mu kirere.

24/10/2025

SHIRA LINK YAWE MURI COMENT MAZE WIRWIRIZE ABA FOLLOERS

Address

Nairobi
Moi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when UMUCO.net posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share