07/08/2024
Impanuro za gusa
Conseil
07/08/2024
Impanuro za gusa
01/05/2024
Photo du jour, Le1 Mais
Isi ivyigezeko biteyubwoba
26/02/2024
🔵🔴 Cristiano Ronaldo yoba agiye guhanwa inkino 2 nihandabu ryamafaranga kubera yerekanye inyifato mbi imbere yabafana ba Al Shabab
Ntibisanzwe murukino Al Nasr yariko ikina na Al Shabab CR7 abafana ba Al Shabab barafanye kuburyo bamushavuze bavuga Messi !!! Messi !!! Messi kugira ashavure cane Cristiano Ronaldo batsinze aca imbere yabo bafana yerekana ukwitwara nabi yagize inyifato mbi yababaje abanya Arabia Saoudite
Rero Comité yabahagarikizi muri Saoudi Pro bashaka kumuhana inkino 2 adakina harimwo nokuzoriha ibihumbi 250€ kubera inyifato mbi yerekanye imbere yabafana
✅Yariga
12/02/2024
🔵🔴 Amakuru agezweho avurwa indani muri Barcelona kuvyerekeye Xavi Hernández
Muri Barcelona muribamwe mubayobozi ntibizera Xavi KO ashobora kuguma muri Barcelona ino sezo yose arashobora kwirukanwa
Amakuru ava i Catalunya avuga KO Xavi boba bamuhaye urukino rwa Allé rwa Napoli akazonanirwa gutsinda Napoli murukino rwibaze ngo ubwonyene azoca yerekwa umuryango usohoka bazoca bazana umumenyereza mushasha imbere yuko urukino rwogusubiriza ruzoba Barcelona ihura na Napoli
😁Mundwi iza Napoli imunaniye murukino rwibanze mushobora kuzorara mumenye impinduka muri Barcelona harabaye inama mundogozi za Barcelona bahisemwo kumureka gato vyose bizokemuka inyuma yurukino rwa Napoli
👉Javi Miguel na Adriana Barça ✅
03/02/2024
Mumeze gt? Namwe muripfuza kwumva ubusobanuro bwizina ryanyu? Twandikire muri commentaires tubikore
Nyen ntibisanzwe kiretse kwiyakira. Ntimucikintege aba Barcelone bukuri. NBLove257
29/01/2024
Niwaguma wereka abantu ivyubayemwo nabo bazobaho baguhigira ibikwangiriza. Guma witurije bakubure ifatiro arik ubateranimbere.
NBLove257
https://www.facebook.com/100069948016312/posts/675928101415451/?mibextid=rS40aB7S9Ucbxw6v
Yitwa ingwanyi yumuziki nimumushigikire