06/06/2026
`It's a KARATE! 🥋!Burya KARATE nubwo bigaragra ko yigisha imigwanire,kuba umunyembaraga💪🏻!Icihishij nyuma yivyo vyos🤷🏻♂️nuko KARATE yanyayo yigisha:
♨️Kwi controla nturongorwe n Ishavu,
♨️Kwirinda Imishwano,
♨️Kwubaha abandi no kudasotorana,
♨️Nogukoresha ubwenge cane Imbere yo Gukoresha Imbaraga!🤷🏻♂️!
{IMBARAGA ATABWENGE=ZERO(UBUSA👌)}.`
*_KARATE☯️rero nyayo ntiyigisha gushaka guteza imigwano❌!Ahubwo yigisha kubaho muburyo Kugwana biba Igisubizo ca nyuma cane!Canke muburyo niyo Migwano ntirinde kuba!🤷🏻♂️{SUPER☯️ DISCIPLINE}_*
02/05/2026
01/05/2026
30/04/2026