MR.NOCENTi

MR.NOCENTi

Share

Utilisez le Code Promo: JOUER90

▪1xBet
▪Melbet
▪888Starz
▪WinWin 

Code Parrainage BuBet: DXGRJ 

https://whatsapp.com/channel/0029Vb6rGsB2kNFuOul3cW3t

31/05/2026

🔴Tayali ihejeje gushika mu cicaro ca mbere ukuri kwamye inyuma yo gutsinda urukino rwa retour umurwi wa 🆙 ibitsindo 4️⃣➖0️⃣ aggr (5-0) kuri Stade Intwari.
🍡🍛🍚 Ni nako kandi banafungura neza mu mahoro ntangere za miliyoni 12 bemererwa na Réverien Ndikuriyo !!!!!
🔴 Iyi niyo mirwi itatu ivuye muri 2ème division tugiye kuraba uko izitwara muri Primus Ligue Burundi 2026-2027:
🌀 Académie Déira
🌀 Musongati Academy (mu gihe itogurishwa)
🌀 Panthère Noir

🔴Koresha Code Promo:
▪1xBet
▪Melbet
▪888Starz
▪WinWin 
🔴Code Parrainage BuBet: DXGRJ

➡️ Follow 👉 MR.NOCENTi

31/05/2026

🔴BOOM BOOM ! Inyuma yaho Kylian Mbappé atandukaniye nabo, ngiyo PSG - Paris Saint-Germain baraye batahukanye Champions League igira kabiri bikurikiranya Mbappé abarabira Ku kiyo!!!!

🔴Koresha Code Promo:
▪1xBet
▪Melbet
▪888Starz
▪WinWin 
🔴Code Parrainage BuBet: DXGRJ

➡️ Follow 👉 MR.NOCENTi

30/05/2026

🏆 Coupe du monde 2026!
💪 Ekipe ya ivyo nivyo bihugu bazohura mw'itsinda barimwo!!!!
⌚ -3h30min

🔴Koresha Code Promo:
▪1xBet
▪Melbet
▪888Starz
▪WinWin 
🔴Code Parrainage BuBet: DXGRJ

➡️ Follow 👉 MR.NOCENTi

Photos from Mwaro District Sports's post 30/05/2026
29/05/2026

🔴 Match Amical !!!!
💪 Kiguruka Fc Academy vs Kayokwe United

📅 Samedi le 30/05/2026
⌚ 10h00
🏟️ KIBUMBU (Mwaro Province)

➡️ Follow 👉 Mwaro District Sports

28/05/2026

🔴 ! Mbega yoba azokwongereza ayandi masezerano?
⭐ umukinyi akina ari mur mutima wa défense, aka kanya amasezerano yiwe yararangiye bari bafitaniye na Lumière Fc de Mwaro.
⭐ Crispin Nshimirimana akaba inkino zose yakiniye arikumwe na Lumière Fc zose yatangura mu kibuga ka yakina iminota yose.
🔴 Amakuru adushikira nuko umwanya n'umwanya ngwashobora kuronka uwundi murwi mushasha kuko ngo yoba ariko araronderwa n'imirwi myinshi harimwo niyikina mu cicaro ca mbere.

💪 Niba warabonye ingene akina, umuha angahe .../10pts!!!

➡️ Follow 👉 MR.NOCENTi

28/05/2026

🔴 !!! Abakinyi ba ekipe ya barahiye bararengwa ko imiliyoni 12 bemerewe na Réverien Ndikuriyo ko bategerezwa kuzitahukana ukuri kwamye!!!
⭐Amakuru ari 🆙dates nuko umurwi wa Panthère Noir bamaze gufata urugendo bagana mu gisagara ca Bujumbura aho bazakuba bahageze atagihindutse 19h30 z'uno wa kane aho bagiye kurarayo ndetse bashobore kuronka akanya keza ko kwitegura urukino rwo gusubiriza ruzobahuza na 🆙 ku musi w'Imana itariki 31/05/2026 kuri Stade Intwari aho Panthère Noir bajanye umutahe w'igitsindo 1 batsindiye i Makamba kuri match Aller !!!!
🔴Koresha Code Promo:
▪1xBet
▪Melbet
▪888Starz
▪WinWin 
🔴Code Parrainage BuBet: DXGRJ

➡️ Follow 👉 MR.NOCENTi

25/05/2026

🇧🇮 !!! Bamwe mu bakinyi b'umurwi nserukiragihugu w'u Burundi ntibagiye kugaragara mu nkino zibiri za kivandimwe u Burundi bugiye gukina na na bivanye nuko imirwi yabo ikibakeneye.

✅Bakaba baciye bagirako basubirizwa:
❌RUKUNDO Onésime
🆕Jean Marie HARERIMANA
❌GAKWAYA Léonard
🆕MBIRIZI Eric
❌MUKOMBOZI Derrick
🆕IGIRANEZA Victoire

🔜 Hari n’abakinyi bazoshikira umurwi ku rukino rwa kabiri,
abo nabo ni :
✈️NDAYISHIMIYE Youssuf
✈️NIYUKURI Claus
✈️GIRUMUGISHA Jean Claude
✈️NTIBAZONKIZA Saidi
✈️Jordi LIONGOLA
🆙🆕Umukinyi yongewe ku rutonde rw’abari baratumweko ni:
👉Mohamed AMISSI

🔴Koresha Code Promo:
▪1xBet
▪Melbet
▪888Starz
▪WinWin 
🔴Code Parrainage BuBet: DXGRJ

➡️ Follow 👉 MR.NOCENTi

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Nakuru?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Telephone

Address

Nakuru
0000