Buja Home
Home Bdi
14/01/2026
Iyi nkuru ivuga ku bujura bukomeye bwabaye muri Brazil. Polisi y’iyo gihugu yariko irondera agatsiko k’abajura bakoze ubujura bwa banki bukomeye kurusha ubundi bwari bwarigeze kuba mu mateka y’igihugu, aho bibye amafaranga angana na miliyoni 156 z’amareal (bingana na £38m) muri banki nkuru (Central Bank) mu gisagara ca Fortaleza mu bumanuko bw’ubuseruko bwa Brazil.
Ivyinshi vyatanguye kumenyekana ku bujura bwari bwarateguwe neza cane. Abo bajura bamaze amezi atatu bariko barimba ikidomoro munsi y’inyubakwa ya banki kugira binjiremwo batarabonwa.
Nk’uko bivugwa na polisi yo muri Fortaleza, abo bajura bakodesheje inzu nto iri hafi ya banki, aho batanguriyeko ishamba ry’ububeshi ryitwa "Grama Sintetica (Astro Turf)" kugira bihishe ivyo bariko barategura.
Bateguye neza cane ico gikorwa, banyerera imbere y’iyo nyubakwa bayihindura ibara ry’icyatsi hanyuma batangura kwamamaza ivyo "shamba ryabo" mu baturanyi.
09/01/2026
😯😯 Uwumugabo ntabwo asanzwe
Ronaldo 7
Guhera muri 2️⃣0️⃣0️⃣2️⃣ Uwumugabo ntamwaka winkino numwe atarakwiza ibitsindo 1️⃣5️⃣
ikindi naco ageze kubitsindo 9️⃣5️⃣8️⃣ kugira akwize ibitsindo 1000⚽⚽
09/01/2026
yamal yagarutse ngo 😂😂🗣️
Umwansi wacu muri finale ni Real Madrid El Clásico kandi iragarutse Sinshobora kwihanganira ubugira kandi guhangana nabo biranezera cane🏋️💪
09/01/2026
🗣️
Dufite icizereko tuzotwara igikombe kumusi wimana ikindi turanezerewe
09/01/2026
🚨 TODAY'S GAMES
🇨🇲 Cameroon - Morocco 🇲🇦
🇲🇱 Mali - Senegal 🇸🇳
🏴 Wrexham - Nottingham
🇪🇸 Getafe - Real Sociedad
🇩🇪 Frankfurt - Dortmund
09/01/2026
🚨 ALGERIA 🆚 NIGERIA
🗓️ Saturday, 10 January, 2026
⏰ GMT - 16:00 | BST - 18:00
🏆 Africa Cup of Nations - Quarter-final
🏟️ Stade de Marrakech Stadium, Marrakech, Morocco