13/01/2023
đź’•đź’•đź’•đź’•
Page y'Ikirundi ya Al-Nassr-fc
13/01/2023
đź’•đź’•đź’•đź’•
13/01/2023
Cristiano Ronaldo n'umuryango we bahawe ubutumire budasanzwe na Real Madrid kureba umukino wanyuma wa Supercup ya Espagne hagati yigitare na Barcelona. N'ubwo Ronaldo yageze mu myitozo ahura n'abakozi bose ba Madrid, ariko nyuma abakinnyi bagiye muri siporo aho CR7 yari ari maze babona amafoto yibuka.
06/01/2023
06/01/2023
itsinzi y'Ibitsindo bibiri ku busa twaraye turonse
06/01/2023
Urutonde batangura uymunsi hagati Al-Nassr-fc vs Al-Tai đź’›
Amahirwe kwinyenyeri zacu 🙏
06/01/2023
Cristiano Ronaldo hamwe na Vincent Aboubakar n'umutoza we bwite ❤️
06/01/2023
imyimenyerezo yejo mw'ijoro yitegurira match yuno munsi
04/01/2023
Ibiganiro vyaheze
Akazi kagiravgatangure
04/01/2023
Igihe kirageze
03/01/2023
'muto' w'ikipe ya Al Hilal, uhanganye n'ikipe ya Al Nassr muri Arabiya Sawudite, yashyize ku ruhande amakimbirane hagati y'ayo makipe ('Al Hilal x Al Nassr') maze aja mw'duka rya Al Nassr kugura Ronaldo jersey. yambaye jersey ya Al Hilal.
03/01/2023
Ronaldo afite ingingo mu masezerano yagiranye n’ikipe yacu yo muri Arabiya Sawudite imwemerera kwinjira muri Newcastle United ku nguzanyo niba yujuje ibisabwa muri Champions League muri iyi shampiyona, kubera ko amakipe yose ari ay'ikigega cy’ishoramari cya Arabiya Sawudite.
03/01/2023
yaraye ash*tse muri Arabia kandi akaze kwerekanwa imbere y'Abafan bacu unomunsi.