JeanTech

JeanTech

Share

🔥 Sport ni ubuzima — dukuzanira amakuru mashasha, ibitsindo n’ivyishimo vy’abafana. ⚽🏀

21/03/2026

👑 Ibiharuro vya Lamine Yamal kuva yahabwa kwambara numéro 🔟 muri Barça :

✅ Yakinye inkino 39
⚽️ Atsinda ibitsindo 21
🅰️ Imipira ivamwo ibitsindo 15

🤝 Munkino 39 afashije mubitsindo 36, yubaka uburyo bukomeye bwo gutsinda 36.

Kuva yahabwa numéro 🔟, amaze gucenka amakorosi yakunze 189 ⚡🔥

Lamine Yamal woba umushira mubibanza vya kangahe mubakinyi bambere beza kw'isi bariko bakina iburaya aka kanya ?

20/01/2026

🛑🚨⚠️GABRIEL JESUS yerekanye impamvu ikibanza ca Gyokeres gikwiye kuba intebe y'abasubirizi, SPURS iriko irateka, Kylian ntahagarika kwinjiza 🔥

🏆Uko Igice ca mbere kirangiye ku nkino zitandukanye muri UEFA Champions League

◾Inter 1-2 Arsenal
◾Spurs 2-0 Dortmund
◾Real Madrid 2-0 Monaco
◾Sporting CP 0-0 PSG

◾Kobenhavn 0-1 Napoli
◾Olympiacos 2-0 Leverkusen
◾Villarreal 0-0 Ajax

Birangira gute??

🔥🔥

09/12/2025

Uwo umbonera arinde

08/12/2025

Nkeneye link 100 ubunyene ndabafollowing vyihuse

Photos from JeanTech's post 02/12/2025

None gabasha Tuvugishe ukuri Gerald martin ahava aza guhagarika uno mugabo?

Jewe ntagisha mbona peee

02/12/2025

⚽🟢🔴Erega wamuhungu yafatishije yongeye gutanguzwa mukibuga.

👉 Akajambo kamwe kuri Martin

02/12/2025

🟢⚽Aba Barcelona mwiyumva gute mubonye kino kigabo? Uno musi kirabanobagura. Ino Post muyibike ahadata muzombwira

02/12/2025

Nta vyinshi novuga reka turindire

02/12/2025

wihangane mutama biragoye hazogera igihe bigenda neza

01/12/2025

BREAKING NEWS: Abasukuzi b’ingenzi (abatari bake) bariko barasohoka mu gihugu ca Tanzaniya bahunga imyiyerekano yo ku wa 9 Kigarama hamwe n’ugutabwa abantu mu ryahumye gukomeje kuvugwa mu gihugu. Aha hantu ni kuri Julius Kambarage Nyerere International Airport, i Dar es Salaam. Ibi vyabaye mw’ijoro ryo ku wa 30 Munyonyo.

01/12/2025

⚽🟢😭 Wewe uwo kubwira umuhanure womuhanura gute?

👉Jewe nomuhanura ndamubwira aho utari burare uhava kare

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Dar es Salaam?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Address

Dar Es Salaam