Nyandwi Léopold

Nyandwi Léopold

Share

Burundian Sport Journalist🇧🇮

14/06/2026

🚨🚨|Ngizikibazo! vyagenze Gute ngo Robert Bimenyimana asinye muri Messager Ngozi kandi Tres Honorable Reverien NDIKURIYO Biciye muri Foundation Pax Burundi yari yamaze gutangaza ko ariwe mumenyereza wa Panthère Noir?

🗣️ twitege irindi tangazo rya Fondation Pax Burundi ritubwira umumenyereza wa Panthère Noir?

14/06/2026

🚨🚨|BOUM!!!!✨💣💣💣💣💣💣💣💣💣💣⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️⚠️✅✅✅✅✅✅✅🗣️

Photos from Nyandwi Léopold's post 14/06/2026

🚨🚨|OFFICIAL!!!✨ COACH ROBERT Bimenyimana niwe mumenyereza wa Messager Ngozi MBEGA WEEEEEEEE!!! Bavuguruje ijambo rya Tres Honorable Reverien NDIKURIYO ko ariwe ahawe umurwi wa Panthère Noir? birakaze Wallah!. Paaaaaa!!!

14/06/2026

🚨🚨|Le Messager ngo :" Coach mushasha nguriya....👉" Robbert Bimenyimana

14/06/2026

🚨🚨|BOMBAZOOOOOOO💣💣💣💣💣💣💣💣 MESSAGER NGOZI Niho Muri? guma hamwe Birahiye!!!!✅✅✅✅✅✅✅✅

14/06/2026

🚨🚨|BOUM!!!✨Largie Lamazani araje muburundi gukina paaaa!!! Waruvyiteze? Muti Bimeze gute?

🗣️Kuwa 6 utalike 20 Hazoba urukino kuri Stade Intwari ruzohuza Team Nyange na Team Saidi Ntibazonkiza

🗣️Muri Team Nyange rero Largi Lamazani azoba arimwo iyi nintambuko yambere uwundi musi dushobora kumusanga muntamba Murugamba!

14/06/2026

🚨🚨|None! kwa Mourinho harabagiye kwiyirukana! Mendy, Fran Garcia, Carreras na Cucurella Kuri Numero 1 abakinyi 4? nzoz mbona!

14/06/2026

🚨🚨|Mama shaa! nawenyene Real Madrid iramutwaye? Marc Cucurella numukinyi wa Real Madrid ubu Tuvugana! umwana yakuriye Lamasia yisanze i Madrid!

🗣️ Millions 50€ Nizo bamusumye kabisa!

✍️ Mourinho muramukizaa niki?

🗞️ Fabrizio Romano

14/06/2026

umusi wimana mwiza kuri mwese muwemera

13/06/2026

🚨🚨|Mwabonye hamwe Tchouameni yamubomora? Mumafoto yigikombe cisi Fede niho yabonetse Inkovu yahamwe yakomereka mumirwano yabe na Tchouameni!

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Telephone

Website

Address

Bujumbura