23/10/2026
🚨 BIRASHIZWE AHISHUWE: MBAPPÉ AZOJA MU MUGOROBA WO GUTANGA IGIHEMBO CA BALLON D’OR, “BOYCOTT” YA REAL MADRID IRAHEZE! 🌕👋🏼
📰 Ikimenyeshamakuru L’Équipe catangaje ko Kylian Mbappé azokwitaba ibirori vyo gutanga igihembo ca Ballon d’Or ku wa mbere mw’ijoro i Londres, inyuma y’uko Real Madrid imuhaye uruhusha rwo kuja muri ivyo birori. ✈️🏆
🗣️ Ico kimenyeshamakuru cavuze giti:
> “Boycott yarangiye, kandi abakinnyi bose ba Real Madrid bararonse uruhusha rwo gufata urugendo.”
👀🔥 Mbappé azotsinda canke ntazotsinda? 😉🇫🇷
🏆🌕 Mbega uyu mwaka Ballon d’Or izotwarwa na Mbappé, canke hari uwundi azoyitahana? 🤔⚽