03/09/2026
Alert 🚨🚨🚨
Ubu tuvugana rurageretse hagati ya Eric Nyandwi n' abanywanyi ba baserukowe na hamwe na Rugurika. Uti vyifashe gute rero!! nakagwi barikumwe bagiriza ko akorana niperereza ry'Uburumdi. Biruko mugihe akunda gutangaza amakuru menshi yibitagenda neza Kwa akavuga ko ayomakuru ABA yayahawe nabakizi biperereza ry'Uburundi. None ngaho wumva arinde akorera iperereza?? Burya Iperere ryoguha amakuru mudakorana ? Ataco ubaha??
Bandanya mudukurikira East African Updates
03/09/2026
Karabaye noneho 😭😭😭😭babahungu bahora badandaza ibiyoba nicayi biza kugenda gute ko Kenyan President William Samoei Ruto yatangaje ko badakene abantu birigwa barayererana ibiribwa mwibarabara 😭😭😭
20/07/2026
Bitavugwa ko TPLF muri M23 ? Hari uwumbwiye ko abasirikare bari kuva muri Congo baja mu Rwanda ari inyeshamba za Ethiopie TPLF zari mur M23 🤔
20/07/2026
numwe mubantu bahunze ageze muri Kenya yisanga Ari murukundo numukozi WA ambassador y' Urwanda muri France. Aramubesha ngo abanze atahe bakore ubukwe ngo bahite bakora dossier none yaratashe akigera Kanombe yisanze
Bantu mujye mumenya ubwenge mubanze mushishoze mbere yogutwarwa namarangamutima.. hanyuma ibindi reka dukore follow kuri East African Updates
15/06/2026
Mbe Basha ya ID Biometric reta yavuga ivyayo vyahereye hehe🤔🤔
19/03/2026
Corruption on the other level
21/02/2026
🚨🎙️ Mario Balotelli: “Iyonza Kuba ndigukinana na , yari guhura nibibazo bikomeye cane.”
Arakomeza Ati “Nibaza ko barikumpa card canke nkafatigwa ibindi bihano kuko ubutabe Nari kubwishakira. "
Ibi bitangajwe nyuma Yuko Umukinyi akorewe ivangura rishingiye kuruhu muri match barimwo bakina .
18/02/2026
Ese tuvuge ko Ari bwaburyo bwo gusaba imbabazi mwizina ryubwoko raaa ??