06/06/2023
β½βOFFICIEL:Umugwi wa Real Madrid uhejeje gutangaza biciye mwβitangazo ko utandukanye n'umukinyi wabo Marco Asensio inyuma yo kuwukinira imyaka 7 agatahukana n'ibikombe bigera kuri 17 :
Champions League: πππ
LaLiga: πππ
UEFA Super cup: πππ
FIFA Club World Cup: ππππ
Supercopa: πππ
Copa Del Rey: π
Biravugwa ko Marco Asensio mu minsi iri imbere azoca asinya mu mugwi wa Paris Saint Germain.
Banyeninzu nigiki muzokumbura kuri Asensio β
Fyonda hano nice bigenda neza
https://chat.whatsapp.com/HfLGgNIZ6jzAt81bU3nUBg
Fyonda kuriyo link βοΈwinjire muri group bagufashe kumenya vyishi
πTubasabe kwinjira muriyi page yacu mufyonde Aho handitse [ Aimer na Suivre], Warabigize haba handitse [ Aime DΓ©jΓ na Suivi (e)] kugira mubandanye kuronka amakuru y'inkino agezweho.m6π
β football
Urunani Gwaba YouTube WhatsApp Group Invite
03/06/2023