Tsinda foot

Tsinda foot

Share

Amakuru y'inkino z' umupira kandi aryoshe , agezweho ni kuri Tsinda foot

03/03/2025

🔴🔴 robert Lewandowski nubu aracari uwa mbere mu bistindo

09/11/2024

Haaland bivugwa KO atagomba kwongereza amasezerano yipfuza ngo atore umwe muri iyi ibiri .mubona yoja he??

05/07/2024

Ntaco atakoze mugabo uyu musi aragiye
N'icahe uzomwibukiraho??
Ishura muri commentaire

05/02/2023

⚽🔴Tumwifurize isabukuru nziza y'amavuka akwiza imyaka 38ans🇵🇹

Fyonda kuri followers na j'aime kuri iyi page🎈🎈

05/02/2023

🔴🔥Inkino zi kwirikira kuri Liverpool fc ya Jürgen crop :
Newcastle VS Liverpool
Liverpool VS Real Madrid
Liverpool VS Man.united
Réal Madrid VS Liverpool
Liverpool VS fulham
Man.city VS Liverpool
Liverpool VS arsenal
Ndabona afise amahigwe angana 98â„… yo kugenda

Fyonda kuri followers na j'aime kuri iyi page🎈🎈

30/01/2023

🔴 Real Madrid ikeneye gutanga amahera angana n'imiriyoni 100$ + camavinga kugira bazane umukinyi wo hagati wa Dortmund
🗣 Camavinga avuga ko ata c'iyumviro co kuva muruwo m'ugwi afise

Fyonda kuri followers na j'aime mubandanye muronka inkuru zigezweho🎈🎈

24/01/2023

🔴Mubona ari uwahe arenze?
Muri commentaire!!

Fyonda followers na j'aime kuri iyi page

24/01/2023

🔴 Marcelo Bielsa niwe ashobora kuba umumenyereza wa Everton inyuma yaho Frank lampard yirukanywe💯

Fyonda followers na j'aime kuri iyi page muronke amakuru agezweho🎈🎈

24/01/2023

🔴officiel: Fernando Santos yamaze kuba umumenyereza wa ekipe nserukira gihugu ca Pologne 🇵🇱inyuma yaho yaramaze imisi adafise umugwi
Akaba agiye kumunyereza Robert Lewandowski💯

Fyonda followers na j'aime muronke amakuru agezweho🎈

24/01/2023

🔴 Al nassr iriko irarondera umukinyi wa Real Madrid Luka Modric mu kumuha amasezerano y'imiriyoni 40$ k'umwaka n'imyaka ibiri gusa 💯

Fyonda followers na j'aime muronke amakuru mashasha y'inkino🎈

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Website

Address


Kennytristan9gmail. Com
Bujumbura