Aba real madredi
Muryohegwe
Kuko bama babaha ama penarti
Zubu suma gusa
Mkota TV
Love rahma 2022
11/08/2024
💨⚫⚪ Izina Rodrygo ryari ritanguye buke buke kuvugwa muri Manchester City inyuma y'igenda rya Julian Alvarez!
Mugihe Manchester City ukeneye numéro 9 wo gufashanya na Erling Haaland, izina ryari ritanguye kuvugwa ni Rodrygo.
Ikinyamakuru Diario AS kivuga ko Rodrygo ata bushake na buke afise bwo kuva i Madrid n'ubwo Man City uriko ugerageza kumusinyisha nk'umusubirizi wa Alvarez.
Mkota tv
https://www.facebook.com/profile.php?id=100083576277145
11/08/2024
🚨🚨🚨 Uwu muhungu Barcelona n'ubwo imwipfuza bizohava birangira ababereye kagaga🤦♂️🤦♂️🤦♂️
Ibintu yafashwe ariko arakora ni akangaratete
Mkota TV
11/08/2024
🔵🟣 Barça : Pedri Gonzalez vyemejwe ntazokina urukino rwambere rwa Laliga Barcelona izokina na Valence ✅
Pedri Gonzalez ngo ntazoboneka murukino Barcelona izotangura ikina na Valence ariko azoca aboneka murukino Barcelona izokina na Athletic Bilbao azoba aru rukino rugira kabiri muri Laliga Pedri niho azoba ameze neza cane
✅Mundo Depoltivo
05/05/2024
🟣🔵 Barcelona Xavi Hernández yamaze gusaba ubuyobozi bwa Barcelona gukora ibishoboka vyose bagarukane Xavi Simons Ubu abarizwa Leipzig kuntinzanyo ya PSg
Xavi Simon uno mwana yakuriye muri Lamasia ariko avyitwaramwo neza kumyaka 21 akina hagati canke nk'umusatirizi aca kuruhande Xavi Hernández ngo bamugarukanire uno mwana sezo iza
Mkota TZ news
29/01/2024
_XAVI uzoguma uri umu Legend wacu 💙❤️._
_Muri 2021 yasanze umugwi utatunganye neza gushiramwo nigenda rya Messi kandi icogihe twari mukibanza ci 9 gusa yarakoze ibishoboka dufata ikibanza ca 2 💪._
_Muri 2022 yaciye aduha ibikombe 2 , La Liga hamwe na Super Cup 🙌💪._
_Uyu mwaka naho yadushikanye muri huitième de finale ya UEFA Champions League 🥳 ivyo twari tunyotewe kuva muri 2021 , ikindi naco nuko yabonye ko uyu mwaka ntibiriko bigenda neza nkuko twavyipfuza yaciye afata ingingo yogutanga imihoho kugira habe ihinduka mugwi 😢🙌._
_Uzoguma uri umu Blaugrana , ndazi aribihe yigeze kuduha umunezero kandi tuzokwama tubimushimira vrt ._
_Ntavyama vyera de 💪._
_Vamos Barça 💙❤️ Xavi 🙌_
mkota TV
28/01/2024
GOOOOOOOOOOAL ‼️⚽ Morales
90+12'⏰ Barcelona 3-[5] Villareal
Mama weee xavi shaaaa
17/01/2024
🔥 TOMORROW 🔥
🏆 Copa del Rey- Round of 16
⚽ UD Salamanca vs FC Barcelona
⏰ 19:30 CET
🏟 Campo de Fútbol Reina Sofía
Mkot
17/01/2024
Xavi: "Kumesalia majina 3. Kujiamini ndio Laporta ametuletea. Ana matumaini makubwa."
"Siku ambayo wachezaji hawatakuwa nami tena, nitachukua masanduku yangu na kuondoka. Tunaendelea kuzungumza na kuwasiliana."
"Tangu nilipochukua kazi hapa, kila mara tumefikia malengo yetu. Ikiwa msimu huu hatutafikia malengo yetu, basi nitakuwa wa kwanza kujiweka kando."
"Namshukuru Guardiola kwa maneno yake, anajua jinsi ilivyo vigumu kuifundisha Barca."
"Sitakuwa tatizo kwa Barca. wakati wananiambia mimi ni shida, tayari nimeshaondoka. Mimi ni Culer. Maadamu nipo hapa, nitaendelea kutoa kila kitu changu."
"Ulinzi ndio uliotuimarisha mwaka jana, ufunguo wa mafanikio tuliyokuwa nayo. Mwaka huu tunafanya makosa mengi."
"Vitor alikuwa na usumbufu .ndio maana hakucheza Super Copa. Amefanya mazoezi vizuri leo, na tutamuona akicheza kesho."
"Usajili unaowezekana? Kiuchumi, ni hali ngumu. Tutaona k**a klabu inaweza kuleta suluhu. Lakini itakuwa vigumu." Mkota TV
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Telephone
Website
Address
Bujumbura
MKOTANOMAKOPO