09/08/2026
Umugwi w'URUNANI BBC niwo mugwi washoboye gutahukana igikombe cuyu mwaka wa 2026 ca PLAYOFFS FINALS ni inyuma yaho kuri uyu mugoroba batsinze umugwi wa DYNAMO BBC amanota 80 kuri 71
FT: DYNAMO BBC 71-80 URUNANI BBC
Umukinyi Bujeje Romis akaba ariwe mukinyi yaranze urukino rw'uyu musi aho yatsinze amanota 19 hamwe na Rebonds 12
Rukaba rwari urukino rugira indwi [ Game 7] umugwi w'URUNANI ukaba watwaye ico gikombe bafise itsinzi 4 kuri 3 za DYNAMO BBC