Menya

Menya

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Menya, Bujumbura.

31/01/2022

🚨🗞[ .com]
Le Real Madrid a un accord avec Kylian Mbappé mais rien n'est signé. Florentino Pérez n'a pas changé son intention: il n'annoncera pas Mbappé tant que le joueur lui-même n'aura pas rendu public son intention de quitter le PSG.

Photos from Magazine Jimbere's post 23/09/2021
10/09/2021

😬 Iyo ama unités ya Regideso Burundi aheze kare kurusha umwanya yahora amara mu gihe kanaka biba bivuye kuki?
-------------------------

🔌 📈 Salvator Masabarakiza ajejwe igisata ca agira ati : "Umunywanyi asanzwe, adacomeka ibintu vyinshi, kWh imwe ayigura amahera 82 y'amarundi. Ico gihe umuyagankuba w'ibihumbi 4 n'ijana (4.100 FBu) uramumaza ukwezi"

❗ Kudakurikirana ikoreshwa ry'ivyuma vyo mu mazu navyo nyene biratuma ama unités ahera kare

🎙️ Kubwa Salvator Masabarakiza, igihe umunywanyi wa Regideso akoresha ivyuma vyinshi aho tuvuze amapasi, amafrigo n'ibindi, kwh 50 ntiziba zikimukwira, ico gihe kWh imwe ica igurwa amafaranga 290. Ageze hoho aho kWh 150 zitamukwira, abageze mu rwego rwo hejuru, ico gihe kwh imwe ica igurwa i Fbu 546

👉🏾 Yibukije ko hari ubwoko bwa frigo zikunzwe kubonwa mu ma Cafétéria no mu ma boucherie zikwega umuriro mwinshi

✍🏾 Ikindi iyo frigo uyugurura kenshi naho nyene irakwega umuyagankuba mwinshi. Ngo hari n'ibindi bikoresho vyo munzu iyo bishaje bikwega umuriro mwinshi. Eka niyo hari udukosa muri installation, umuyagankuba uranyaruka guhera

🔹 Ku bafise impungenge zindi, Salvator Masabarakiza yagize ati: "Dukora minsi yose kuva isaha zibiri z'agatondo gushika isaha 12 z'umugoroba, kiretse ku wagatandatu twugurura isaha zine. Rero boza bakatwitura tukabatunganiriza kandi ntamahera tubasaba".

👀 Ivy'ama unité ahera kare ku buryo butangaje vyama bibashikira namwe?

13/04/2021

PSG vs Bayern ce soir!!!

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address


Bujumbura