02/04/2026
Basomyi bacu. Munyuma yo gukuranamwo ngo baronke igitigiri gikwiye cabazitabira igikombe c'isi Ubu vyasohotse. igicapo cabazitabira igikombe cakwiye.
Bakunzi ba Inkino Actu Mubibona gut? Ninde mubibona azotahukana igikombe c'isi yose
01/04/2026
Wouhhhhh🎉🎉
Igihugu ca RDC kikaba kironse I ticket yo kuja mugikombe c'isi. Turakeje uwo mugwi tuwifuriza amahirwe menshi. Hambavu ikibanza kimwe cari gisigaye ni Irak ikironse mugutsinda umugwi wa Bolivie 2 kuri 1.
Mubona gut RDC mugikombe c'Isi???
31/03/2026
yemwe yemwe umugwi wa Italie ukaba uhejje gusezererwa numugwi wa Bosni Herzegovina mu nkino zo kurondera I ticket rijana mu gikombe c'isi kizoba uyu mwaka wa 2026 mu kwezi kwa 6. Ribaye incuro ya 3 Italie ititaba iryo higanwa. Twobamenyesha ko gushika Ubu hasigay ticket 2 bisigura ibibanza 2 kugira urutonde rwabazitabira ico gikombe rukwire. Équipe zisigaye guhura ngo zikuranemwo ni RDC Vs Jamaican muri rino joro hamwe na Bolivie Vs Irak.
Murabona RDC umubanyi wacu ashobora guca muryahumye umugwi ukomeye cane wa Jamaïque. Gira ico ubivuzeko ku nkino z'igikombe c'isi.